Zaburi 49:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bagenewe ukuzimu nk’intama+;Urupfu ni rwo ruzobaragira+;Abagororotse bazobaganza mu gitondo+,Kandi imibiri yabo izobwirizwa gusanguka+;Umwe wese agenewe ukuzimu, aho kugenerwa uburaro buhanitse+. Zaburi 55:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ugucika umusaka nikube kuri bo+!Nibamanuke mu kuzimu babona+;Kuko igihe bari babayeho ari ba kavamahanga, muri bo hari ibintu bibi+.
14 Bagenewe ukuzimu nk’intama+;Urupfu ni rwo ruzobaragira+;Abagororotse bazobaganza mu gitondo+,Kandi imibiri yabo izobwirizwa gusanguka+;Umwe wese agenewe ukuzimu, aho kugenerwa uburaro buhanitse+.
15 Ugucika umusaka nikube kuri bo+!Nibamanuke mu kuzimu babona+;Kuko igihe bari babayeho ari ba kavamahanga, muri bo hari ibintu bibi+.