Zaburi 119:104 Bibiliya y’isi nshasha 104 Ndabikesheje amateka yawe, nkorana ugutegera+.Ni co gituma nanse umunyuro w’ikinyoma wose+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Amosi 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’ Abaroma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Urukundo+ rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Muzinukwe ikibi+, mwumire ku ciza+.
15 Nimwanke ikibi, mukunde iciza+, mu he ubutungane ikibanza mw’irembo+. Kumbure Yehova ya Ma na nyen’ingabo azogirira ubutoni+ abasigaye ba Yozefu+.’