1 Abami 4:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Yarashobora guca imigani ibihumbi bitatu+, indirimbo ziwe+ na zo ziba igihumbi na zitanu. Imigani 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Imigani+ ya Salomo+ mwene Dawidi+, umwami wa Isirayeli+, Imigani 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+. Umusiguzi 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.
10 Imigani ya Salomo+. Umwana w’inkerebutsi ni uwunezereza se+, ariko umwana w’ikijuju ni intuntu ya nyina+.
9 Kandi uretse ko umukoranyashengero yari yacitse inkerebutsi+, yarigishije kandi abantu ubumenyi ubudahengeshanya+, arazirikana yongera aracukura+, kugira atunganye imigani myinshi mu rutonde+.