ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Esiteri 4:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Genda ukoranye Abayuda bose bari i Shushani+ hanyuma mwisonzeshe+ ku bwanje, mumare imisi itatu+ mutarya canke ngo munywe, ijoro n’umurango. Na jewe ndi kumwe n’inkumi zanje+, nzokwisonzesha gutyo nyene; nzoheza rero ninjire aho umwami ari, naho biteye kubiri n’itegeko; ninaba mbwirizwa gupfa+, mpfe.”

  • Esiteri 7:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kuko twagurishijwe+, twe n’igisata canje, kugira tuzimanganywe, twicwe, turandurwe+. Iyo tuba twagurishijwe kugira tube abashumba+ n’abasukukazi gusa, mba nanumye. Mugabo ayo marushwa ntabereye mu gihe bituma umwami ahomba.”

  • Imigani 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Inkoni y’ubwibone iri mu kanwa k’igipfu+, mugabo iminwa y’abantu b’inkerebutsi izobarinda+.

  • Imigani 15:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ururimi rw’abantu b’inkerebutsi rukora ineza biciye ku bumenyi+, mugabo akanwa k’ibijuju kadudubiza ubupfu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika