ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 12:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umukoranyashengero yarondeye gutora amajambo aryoshe+ no kwandika amajambo y’ukuri atagira amakosa+.

  • Luka 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bose batangura kumushingira intahe nziza no gutangazwa n’amajambo y’igikundiro+ ava mu kanwa kiwe, bakavuga bati: “None uyu si umuhungu wa Yozefu+?”

  • 2 Abakorinto 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ko rero tuzi ugutinya+ Umukama ico ari co, tuguma dufasha abantu kunyurwa+, mugabo twarashizwe ku mugaragaro ku Mana. Ariko ndizigiye ko twashizwe ku mugaragaro no kw’ijwi ryanyu ryo mu mutima+.

  • Abakolosayi 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Imvugo yanyu yamane igikundiro+, irunze umunyu+, kugira ngo mumenye ingene mubwirizwa kwishura+ umuntu wese.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika