ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza gutera ico gisagara, mu gihe abasuku biwe bari bagisugereje+.

  • 2 Abami 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko mu mwaka ugira icenda+ Zedekiya ari umwami, mu kwezi kugira cumi+, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni araza+, egome, we n’inteko za gisirikare ziwe zose, baza gutera Yeruzalemu; nuko barakambika ngo bayitere, bubaka irya n’ino uruhome rw’ukuyisugereza+.

  • Yeremiya 39:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 39 Mu mwaka ugira icenda wa Zedekiya umwami wa Yuda, mu kwezi kugira cumi+, Nebukadirezari umwami wa Babiloni n’inteko za gisirikare ziwe zose baza i Yeruzalemu maze batangura kuhasugereza+.

  • Ezekiyeli 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi uze ugisugereze+, wubake uruhome rwo kugisugereza+, uduze n’igikuta co kugisugereza+, ushinge amakambi yo kugitera wongere ugikikuze hose impfizi z’intama z’indwano* zo kugitera+.

  • Ezekiyeli 21:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mu kuryo kwiwe uburaguzi bwerekanye Yeruzalemu, ngo hashirweho impfizi z’intama z’indwano*+, ngo akanwa gateranurirwe ukugandagura, ngo haduzwe ijwi riba ikimenyetso c’ukugabisha+, ngo hashirweho impfizi z’intama z’indwano zo gutera amarembo, ngo haduzwe igikuta c’ugusugereza, ngo hubakwe uruhome rw’ugusugereza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika