2 abafata inzira ngo bamanuke mu Misiri+ kandi batasiguje akanwa kanje+, ngo bikinge igihome gikomeye ca Farawo no kugira ngo bahungire mu gitutu ca Misiri+!
18 None ubu inzira ya Misiri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya Shihori+? Kandi inzira ya Ashuri+ uyironderako iki, kugira ngo unywe amazi ya rwa Ruzi?