ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 2:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nubuze ikirenge cawe gucika ikirenge kiri amenya, n’umuhogo wawe kugira inyota+. Mugabo wavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa+! Oya, ahubwo nakunze ab’ahandi+, kandi nzobakurikira+.’

  • Yeremiya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Biravugwa ngo: “Umugabo aramutse yirukanye umugore wiwe maze uno akavana koko na we hanyuma akaba uw’uwundi mugabo, mbega yoba agisubirana na nya mugore+?”

      Mbega ico gihugu nticahumanijwe rwose+?

      “Nawe wakoranye ubumaraya n’abagenzi benshi+; mbega wogaruka kuri jewe+?” ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 ‘Ni ukuri, nk’uko umugore yahemutse akavana n’umugenzi wiwe+, ni ko mwebwe, ewe nzu ya Isirayeli, mwampemukiye+,’ ni ko Yehova avuze.”

  • Hoseya 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehova yongera kumbwira ati: “Subira ugende, ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo+ kandi arenga ibigo, nk’uko Yehova akunda bene Isirayeli+ ariko bo bakitura izindi mana+ kandi bagakunda udutsima tw’inzabibu zumye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika