ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 100:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Mumenye ko Yehova ari Imana+.

      Ni we yaduhinguye, si twebwe ubwacu+.

      Turi abantu biwe n’intama zo mu buragiriro bwiwe+.

  • Mika 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Emwe, azohagarara aragire umukuku mu nkomezi za Yehova+, mu bukuru bw’izina rya Yehova Imana yiwe+. Bazoguma baba ng’aho+, kuko ico gihe azoba uwuhambaye gushika ku mpera z’isi+.

  • Zakariya 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.

  • Luka 12:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 “Ntimutinye+, mwa busho buto+, kuko So yashimye kubaha ubwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika