Luka 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko abo bantu indiri bava hasi bose uko bangana, bamujana kwa Pilato+. Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+. Ivyakozwe 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko ababa i Yeruzalemu n’abatware babo Uyo batamumenye+, mugabo igihe bakora nk’abacamanza, barashikije ibintu vyavuzwe n’Abahanuzi+, nya bintu bikaba bisomwa n’ijwi ryumvikana buri Sabato,
13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.
27 Kuko ababa i Yeruzalemu n’abatware babo Uyo batamumenye+, mugabo igihe bakora nk’abacamanza, barashikije ibintu vyavuzwe n’Abahanuzi+, nya bintu bikaba bisomwa n’ijwi ryumvikana buri Sabato,