ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Uwa mbere avuza urumbete rwiwe. Haca haba urubura n’umuriro+ uvanze n’amaraso, hanyuma biraririzwa kw’isi; ica gatatu c’isi kiraturirwa+, n’ica gatatu c’ibiti kiraturirwa, n’ivyatsi bitoto+ vyose biraturirwa.

  • Ivyahishuwe 8:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umumarayika agira kabiri na we avuza urumbete rwiwe. Maze ikintu kimeze nk’umusozi+ munini waka umuriro kiraririzwa mu kiyaga+. Ica gatatu c’ikiyaga gica gihinduka amaraso+;

  • Ivyahishuwe 8:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umumarayika agira gatatu na we avuza urumbete rwiwe. Maze ikinyenyeri kinini caka nk’itara gikoroka kivuye mw’ijuru+, kigwa ku ca gatatu c’inzuzi no ku masôko y’amazi+.

  • Ivyahishuwe 8:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Umumarayika agira kane na we avuza urumbete rwiwe. Maze ica gatatu c’izuba kirakubitwa, n’ica gatatu c’ukwezi n’ica gatatu c’inyenyeri, kugira ngo ica gatatu cavyo gicure umwiza+, n’umurango ntugire umuco mu ca gatatu+ cawo, n’ijoro ukwo nyene.

  • Ivyahishuwe 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Umumarayika agira gatanu na we avuza urumbete rwiwe+. Nca mbona inyenyeri+ yari yakorotse ivuye mw’ijuru ikagwa kw’isi, kandi ahabwa urupfunguruzo+ rw’icobo c’inyenga+.

  • Ivyahishuwe 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Umumarayika agira gatandatu+ na we avuza urumbete rwiwe+. Maze numva ijwi+ rimwe rivuye mu mahembe ya ca gicaniro+ c’inzahabu kiri imbere y’Imana

  • Ivyahishuwe 11:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Umumarayika agira indwi na we avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haba amajwi arenga, avuga ati: “Ubwami bw’isi bucitse ubwami bw’Umukama+ wacu n’ubwa Kristu+ wiwe, kandi azoganza ibihe bitazoshira+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika