ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 47
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 47:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:20; Ezk 25:15; Zf 2:4
  • +It 10:19; 1Bm 4:24; Am 1:6; Zk 9:5

Yeremiya 47:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:7
  • +Yr 1:14; 46:6
  • +2Bm 24:7; Yr 8:16; 46:7
  • +Yr 46:12

Yeremiya 47:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:22; Img 21:31; Yr 8:16
  • +Nah 2:4
  • +Ezk 26:10; Nah 3:2

Yeremiya 47:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:31; Yr 25:20; Am 1:8; Zf 2:5
  • +Yes 23:1; Yr 25:22; Ezk 26:2; Yw 3:4; Am 1:9
  • +Yes 23:4; Yr 27:3; Ezk 28:21
  • +Ezk 30:8
  • +Ezk 25:16; Am 1:8
  • +It 10:14; Gus 2:23

Yeremiya 47:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 15:2
  • +Zf 2:4
  • +Yr 25:20; Zk 9:5
  • +Lw 21:5; Gus 14:1; Yr 16:6; 48:37

Yeremiya 47:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:41; Ezk 21:3
  • +Ezk 21:30

Yeremiya 47:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 47:1Yr 25:20; Ezk 25:15; Zf 2:4
Yer. 47:1It 10:19; 1Bm 4:24; Am 1:6; Zk 9:5
Yer. 47:2Yes 8:7
Yer. 47:2Yr 1:14; 46:6
Yer. 47:22Bm 24:7; Yr 8:16; 46:7
Yer. 47:2Yr 46:12
Yer. 47:3Abc 5:22; Img 21:31; Yr 8:16
Yer. 47:3Nah 2:4
Yer. 47:3Ezk 26:10; Nah 3:2
Yer. 47:4Yes 14:31; Yr 25:20; Am 1:8; Zf 2:5
Yer. 47:4Yes 23:1; Yr 25:22; Ezk 26:2; Yw 3:4; Am 1:9
Yer. 47:4Yes 23:4; Yr 27:3; Ezk 28:21
Yer. 47:4Ezk 30:8
Yer. 47:4Ezk 25:16; Am 1:8
Yer. 47:4It 10:14; Gus 2:23
Yer. 47:5Yes 15:2
Yer. 47:5Zf 2:4
Yer. 47:5Yr 25:20; Zk 9:5
Yer. 47:5Lw 21:5; Gus 14:1; Yr 16:6; 48:37
Yer. 47:6Gus 32:41; Ezk 21:3
Yer. 47:6Ezk 21:30
Yer. 47:7Ezk 25:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 47:1-7

Yeremiya

47 Iri ni ryo jambo rya Yehova, iryo yabwiye Yeremiya umuhanuzi ku bijanye n’Abafilisitiya+, imbere y’uko Farawo atangura gutikiza Gaza+. 2 Ibi ni vyo Yehova avuze:

“Ehe amazi araduze+ avuye mu buraruko+ maze acika uruzi rw’isumo rusendanisha. Azosendanisha ku gihugu no ku bicuzuye, ku gisagara no ku bakibamwo+. Abantu bazosemerera koko, kandi umuntu wese aba mu gihugu azoboroga ata kabuza+. 3 Ba se nibumva ukudida ibinono kw’amafarasi yiwe y’ingabo+, ukujegera kw’imikogote yiwe y’intambara+, uruyogoyogo rw’amakurudumu yiwe+, ntibazokebuka ngo barabe abahungu babo, kuko amaboko yabo azoregera, 4 kubera umusi uje kunyaga Abafilisitiya bose+, kurandura muri Tiro+ no muri Sidoni+ uwacitse kw’icumu wese yariko arafasha+. Kuko Yehova agira anyage Abafilisitiya+, ari bo masigarira yo kw’izinga rya Kafutori+. 5 Ubuhanza+ buzoza ata kabuza kuri Gaza+. Ashikeloni+ iranumijwe. Yemwe masigarira y’ikiyaya caho co hasi, muzogeza ryari kwikebagura+?

6 “Ahaa, ewe nkota ya Yehova+! Uzogeza ryari kutaguma hamwe? Subizwa mu rwubati rwawe+. Ruhuka, ucereze.

7 “Yoguma hamwe ite kandi Yehova ubwiwe yayihaye itegeko? Igenewe Ashikeloni n’inkengera y’ikiyaga+. Aho ni ho yashinze ko iba.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika