ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:30
  • +2Bm 24:18; 1Ng 3:15; 2Ng 36:10
  • +1Ng 9:12; Yr 38:1
  • +2Bm 25:18; Yr 29:25; 37:3; 52:24

Yeremiya 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 20:27; 2Bm 22:13
  • +2Bm 25:1; Yr 32:28; 39:1
  • +1Sm 7:10; 2Ng 14:11; Zb 44:1; 105:5; Yes 37:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 55-56

Yeremiya 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:5; 33:5
  • +Ezr 5:12
  • +Yes 13:4; Ezk 16:37

Yeremiya 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:10; Int 2:5
  • +Yes 5:25; Yr 32:17

Yeremiya 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:22; Yr 32:24; Ezk 7:15

Yeremiya 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:6; 2Ng 36:17; Yr 37:17; 39:5; 52:9; Ezk 17:20
  • +Gus 28:50; 2Ng 36:17; Yes 47:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 158-159

Yeremiya 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:19; Yes 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Yeremiya 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:13; 38:2; Ezk 7:15
  • +Yr 38:17; 39:18; 45:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2002, rup. 15-16

Yeremiya 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:17; Zb 34:16; Yr 44:11; Ezk 15:7; Am 9:4; 1Pt 3:12
  • +Yr 38:3
  • +2Ng 36:19; Yr 17:27; 34:2; 37:10; 39:8; 52:13

Yeremiya 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 17:20

Yeremiya 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:2; Lk 1:69
  • +Zb 101:8
  • +2Sm 8:15; Yes 1:17; Yr 7:5; 22:3; Zk 7:9
  • +Zb 72:4; Img 14:31; Ezk 22:29; Mik 2:2
  • +Gus 32:22; Yr 4:4; Nah 1:6; Zf 1:18
  • +Yes 1:31; Yr 7:20

Yeremiya 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:25; Ezk 13:8
  • +2Sm 5:6; Yr 49:4; Int 4:12; Ob 3

Yeremiya 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:9; 9:9
  • +Img 1:31; Yes 3:11; Gl 6:7
  • +Yes 10:18
  • +2Ng 36:19; Yr 52:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 21:1Ezk 33:30
Yer. 21:12Bm 24:18; 1Ng 3:15; 2Ng 36:10
Yer. 21:11Ng 9:12; Yr 38:1
Yer. 21:12Bm 25:18; Yr 29:25; 37:3; 52:24
Yer. 21:2Abc 20:27; 2Bm 22:13
Yer. 21:22Bm 25:1; Yr 32:28; 39:1
Yer. 21:21Sm 7:10; 2Ng 14:11; Zb 44:1; 105:5; Yes 37:37
Yer. 21:4Yr 32:5; 33:5
Yer. 21:4Ezr 5:12
Yer. 21:4Yes 13:4; Ezk 16:37
Yer. 21:5Yes 63:10; Int 2:5
Yer. 21:5Yes 5:25; Yr 32:17
Yer. 21:6Gus 28:22; Yr 32:24; Ezk 7:15
Yer. 21:72Bm 25:6; 2Ng 36:17; Yr 37:17; 39:5; 52:9; Ezk 17:20
Yer. 21:7Gus 28:50; 2Ng 36:17; Yes 47:6
Yer. 21:8Gus 30:19; Yes 1:19
Yer. 21:9Yr 27:13; 38:2; Ezk 7:15
Yer. 21:9Yr 38:17; 39:18; 45:5
Yer. 21:10Lw 26:17; Zb 34:16; Yr 44:11; Ezk 15:7; Am 9:4; 1Pt 3:12
Yer. 21:10Yr 38:3
Yer. 21:102Ng 36:19; Yr 17:27; 34:2; 37:10; 39:8; 52:13
Yer. 21:11Yr 17:20
Yer. 21:12Yes 7:2; Lk 1:69
Yer. 21:12Zb 101:8
Yer. 21:122Sm 8:15; Yes 1:17; Yr 7:5; 22:3; Zk 7:9
Yer. 21:12Zb 72:4; Img 14:31; Ezk 22:29; Mik 2:2
Yer. 21:12Gus 32:22; Yr 4:4; Nah 1:6; Zf 1:18
Yer. 21:12Yes 1:31; Yr 7:20
Yer. 21:13Yr 51:25; Ezk 13:8
Yer. 21:132Sm 5:6; Yr 49:4; Int 4:12; Ob 3
Yer. 21:14Yr 5:9; 9:9
Yer. 21:14Img 1:31; Yes 3:11; Gl 6:7
Yer. 21:14Yes 10:18
Yer. 21:142Ng 36:19; Yr 52:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 21:1-14

Yeremiya

21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati: 2 “Turakwinginze udusigurize Yehova+, kuko Nebukadirezari umwami wa Babiloni aduteye+. Hari aho Yehova yotugirira nk’uko ibikorwa vyiwe vyose vy’agatangaza biri, akagenda akatuviraho+.”

3 Nuko Yeremiya ababwira ati: “Mubwire Zedekiya muti: 4 ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ehe mbahindukirijeko ibirwanisho vy’intambara biri mu kuboko kwanyu, ivyo muriko murwanisha umwami wa Babiloni+ n’Abakaludaya+ babasugereje inyuma y’uruhome, kandi nzobakoraniriza hagati muri iki gisagara+. 5 Jewe nzobarwanya+ nkoresheje ukuboko kuramvuye, n’ukuboko gukomeye, n’ishavu, n’ubushangashirwe be n’uburakari bukaze+. 6 Nzokubita ababa muri iki gisagara, umuntu n’igikoko. Bazokwicwa n’ikiza gikomeye+.”’

7 “‘“Kandi inyuma y’ivyo,” ni ko Yehova avuze, “Nzotanga Zedekiya umwami wa Yuda n’abasuku biwe n’abantu n’abazoba basigaye muri iki gisagara batishwe n’ikiza n’inkota be n’ikigoyi, ndabatange mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, egome, mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo, kandi azobakubitisha koko ubugi bw’inkota+. Ntazobumvira akagongwe canke ngo abagirire impuhwe canke imbabazi+.”’

8 “Abo bantu na bo uze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe nshize imbere yanyu inzira y’ubuzima n’inzira y’urupfu+. 9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’

10 “‘“Kuko ndabishije mu maso hanje kuri iki gisagara kugira ndagiteze ivyago atari kugira ndakigirire neza+,” ni ko Yehova avuze. “Kizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, kandi azogituriza umuriro ata kabuza+.”

11 “‘Nayo ku bijanye n’urugo rw’umwami wa Yuda, nimwumve ijambo rya Yehova+. 12 Ewe nzu ya Dawidi+, ibi ni vyo Yehova avuze: “Buri gitondo+ nimuce imanza mu butungane+, kandi murokore uwamburwa mumukure mu kuboko kw’uwugunga+, kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibusohoke nk’umuriro+ maze bugaturira koko, ata muntu n’umwe wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”’

13 “‘Ehe ngira ndakurwanye, ewe wewe uba mu kiyaya co hasi+, ewe gitandara co mu ntara ishashe,’ ni ko Yehova avuze. ‘Nayo mwebwe abavuga ngo: “Ni nde azomanuka kudutera? Kandi ni nde azokwinjira aho tuba+?”, 14 nzogira ico ndababaza+ nisunze ivyamwa vy’ibikorwa vyanyu+,’ ni ko Yehova avuze. ‘Kandi nzodomeka umuriro mu kibira ciwe+, urigate koko ibintu vyose biri irya n’ino yiwe+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika