ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 81
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 81:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:akajambo k’intangamarara

Zaburi 81:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:8; Fp 4:13
  • +Zb 33:3; Mt 22:32

Zaburi 81:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:2
  • +Zb 149:3
  • +Zb 92:3; Ef 5:19

Zaburi 81:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:10; 29:1
  • +Kv 23:16

Zaburi 81:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:24

Zaburi 81:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:14
  • +Kv 12:12
  • +Zb 114:1

Zaburi 81:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:6; Yes 9:4; 10:27
  • +Kv 1:14; 5:4

Zaburi 81:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:23; 14:10; Zb 50:15; 91:15
  • +Kv 19:16, 19; Heb 12:19
  • +Kv 17:6; Gus 33:8

Zaburi 81:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:36; Zb 50:7
  • +Kv 15:26

Zaburi 81:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:3; Gus 6:14
  • +Kv 20:5

Zaburi 81:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:6
  • +Kv 20:2; Yr 11:4
  • +Gus 32:13; Zb 37:25; Ivh 21:6

Zaburi 81:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 7:11
  • +Kv 32:1; Gus 32:15

Zaburi 81:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 11:8; 18:12; Ivk 7:51; Rm 1:24
  • +Yr 7:24; Mik 6:16

Zaburi 81:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:29; Yes 48:18
  • +Gus 5:29

Zaburi 81:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:9
  • +Am 1:8

Zaburi 81:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:45; 66:3

Zaburi 81:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:14; Zb 147:14; Yw 2:24
  • +Gus 32:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 81:akajambo k’intangamararaZb 8:akajambo k’intangamarara
Zab. 81:1Zb 28:8; Fp 4:13
Zab. 81:1Zb 33:3; Mt 22:32
Zab. 81:2Zb 33:2
Zab. 81:2Zb 149:3
Zab. 81:2Zb 92:3; Ef 5:19
Zab. 81:3Gh 10:10; 29:1
Zab. 81:3Kv 23:16
Zab. 81:4Lw 23:24
Zab. 81:5Kv 12:14
Zab. 81:5Kv 12:12
Zab. 81:5Zb 114:1
Zab. 81:6Kv 6:6; Yes 9:4; 10:27
Zab. 81:6Kv 1:14; 5:4
Zab. 81:7Kv 2:23; 14:10; Zb 50:15; 91:15
Zab. 81:7Kv 19:16, 19; Heb 12:19
Zab. 81:7Kv 17:6; Gus 33:8
Zab. 81:8Gus 32:36; Zb 50:7
Zab. 81:8Kv 15:26
Zab. 81:9Kv 20:3; Gus 6:14
Zab. 81:9Kv 20:5
Zab. 81:10Gus 5:6
Zab. 81:10Kv 20:2; Yr 11:4
Zab. 81:10Gus 32:13; Zb 37:25; Ivh 21:6
Zab. 81:11Zk 7:11
Zab. 81:11Kv 32:1; Gus 32:15
Zab. 81:12Yr 11:8; 18:12; Ivk 7:51; Rm 1:24
Zab. 81:12Yr 7:24; Mik 6:16
Zab. 81:13Gus 32:29; Yes 48:18
Zab. 81:13Gus 5:29
Zab. 81:14Gh 14:9
Zab. 81:14Am 1:8
Zab. 81:15Zb 18:45; 66:3
Zab. 81:16Gus 32:14; Zb 147:14; Yw 2:24
Zab. 81:16Gus 32:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 81:1-16

Zaburi

Ku muyobozi, kuri Gititi+. Ni izaburi ya Asafu.

81 Nimwihe akamo k’umunezero, mukerekeza ku Mana yo nkomezi zacu+;

Nimwihe akaruru k’intsinzi, mukerekeza ku Mana ya Yakobo+.

 2 Nimwahuke agahibongozo+, mufate akagoma+,

Inanga ihimbaye kumwe n’igicurarangisho c’imirya+.

 3 Ku mboneko y’ukwezi, muvuze inzamba+;

Ku kwezi kw’igisyo, ku bw’umusi w’umusi mukuru wacu+.

 4 Kuko ari ingingo nyobozi kuri Isirayeli+,

Ingingo y’ubutungane y’Imana ya Yakobo.

 5 Yayishingiye Yozefu bwa cibutsa+,

Igihe yaca hejuru y’igihugu ca Misiri+.

Naguma numva ururimi ntari nzi+.

 6 “Nigijeyo urutugu rwiwe ndarukiza umuzigo+;

Amaboko yiwe yakuwe ku gisimbo+.

 7 Mu marushwa warahamagaye, nanje ndagutabara+;

Natanguye kukwishurira ahantu hihishije h’umuturagaro+.

Naragusuzumye kuri ya mazi y’i Meriba+. Sela.

 8 Nimwumve, emwe bantu banje, nanje nshinge intahe ibagiriza+,

Ewe Isirayeli, nimba unyumviriza+.

 9 Muri wewe ntihazoba imana y’ahandi+;

Kandi ntuzokwunamira imana y’inyamahanga+.

10 Jewe Yehova ndi Imana yawe+,

Umwe yakudugana agukuye mu gihugu ca Misiri+.

Taburura akanwa, nanje ndakuzuze+.

11 Mugabo abantu banje ntibumvirije ijwi ryanje+;

Kandi Isirayeli ntiyanyeretse na gato umutima ukunze+.

12 Nuko ndabareka bagendera mu kagagazo k’umutima wabo+;

Bagendeye mu nama zabo bwite+.

13 Yoo! ese iyo abantu banje banyumviriza+!

Yoo! ese iyo Isirayeli igendera mu nzira zanje+!

14 Abansi babo nobamaze igabo bitagoranye+,

Abarwanizi babo na bo nkabahindukirizako ukuboko kwanje+.

15 Nayo abanka Yehova urunuka, bazoza kuri we bahinda agashitsi+,

Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero.

16 Azoguma amugaburira ku kinure c’ingano+,

Kandi nzoguhaza ubuki buvuye mu gitandara+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika