ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 15:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nya rubibe rucishwa kw’isonga ry’umusozi gushika ku mbizi y’amazi ya Nefutowa+, maze rurasohoka rwerekeza ku bisagara vy’umusozi Efuroni; hanyuma urwo rubibe rushika i Bayala+, ari ho Kiriyati-yeyarimu+.

  • Yosuwa 15:60
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 60 Kiriyati-bayali+, ari ho Kiriyati-yeyarimu+, na Raba; ibisagara bibiri n’imihana irundanye ibikukira.

  • 2 Samweli 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we barahaguruka, baja i Bayale-yuda+ kudugana isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye ng’aho, iyitirirwa izina ryiwe, izina+ rya Yehova nyen’ingabo*+, uwicaye ku bakerubi*+.

  • 1 Ngoma 13:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze Dawidi na Isirayeli yose baduga i Bayala+, i Kiriyati-yeyarimu, ahegukira Yuda, kugira ngo bakureyo isandugu y’Imana y’ukuri, Yehova, uwicara ku bakerubi*+, iyitirirwa izina ryiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika