-
2 Samweli 3:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Abuneri ashavuzwa cane+ n’amajambo ya Ishi-bosheti, maze avuga ati: “Mbega mbaye umutwe w’imbwa+ ya Yuda? Uno musi mbandanya kugirira ubuntu bwuzuye urukundo inzu ya Sauli so wawe, na bene wabo, n’abagenzi biwe bwite, kandi sinaretse ngo ugwe mu kuboko kwa Dawidi; yamara uno musi unyagirije ikosa ku bijanye n’umugore.
-