ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yehova yarahagurutsa rero abacamanza+, bano bakabakiza mu kuboko kw’ababasahura+.

  • 1 Samweli 3:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko Isirayeli yose, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, imenya yuko Samweli yari yashinzwe ibango ryo kuba umuhanuzi wa Yehova+.

  • 1 Samweli 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.

  • 1 Samweli 25:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Mu nyuma Samweli+ arapfa; Isirayeli yose ikoranira hamwe, iramuborogera+ hanyuma imuhamba hafi y’inzu yiwe i Rama+. Maze Dawidi arahaguruka, amanuka mu gahinga ka Parani+.

  • Ivyakozwe 13:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 ivyo vyose biba mu myaka nk’amajana ane na mirongo itanu.

      “Hanyuma y’ivyo ibaha abacamanza gushika kuri Samweli umuhanuzi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika