9 Kubera iki wasuzuguye ijambo rya Yehova mu gukora ikibi+ mu maso yiwe? Uriya Umuheti wamugarikishije inkota+, umugore wiwe na we uramutwara umugira umugore wawe+, nayo Uriya umwicisha inkota ya bene Amoni.
17 Ntimutegure mu mitima yanyu umugambi wo kugiriranira nabi+, kandi ntimukunde indahiro y’ikinyoma+; kuko ivyo bintu vyose ari vyo nanse+,’ ni ko Yehova avuze.”