ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 51:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Uri nde ngo wibagire Yehova Umuhinguzi wawe+, Umwe aramvura amajuru+ agashinga umushinge w’isi+, ku buryo wama mu bwoba bukarinda bwira kubera ubushangashirwe bw’uwugusatira+, nk’aho yoba agabirije kuguhonya+? Ubushangashirwe bw’uwugusatira buri hehe+?

  • 1 Petero 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko rero, n’abariko bababazwa mu buryo buhuye n’ukugomba kw’Imana nibagume baragiza ubuzima bwabo Umuremyi w’umwizigirwa mu gihe bariko bakora iciza+.

  • Ivyahishuwe 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika