ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.

  • Abacamanza 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Gutyo baheba Yehova Imana ya ba se yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bakurikira izindi mana mu mana z’ibisata vy’abantu vyari irya n’ino yabo+, batangura kuzunamira, ku buryo bababaza Yehova+.

  • Nehemiya 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Ariko baragambaraye+, barakugarariza+, baguma bashiburira itegeko ryawe inyuma yabo+, kandi bica abahanuzi bawe+ bashinze intahe babagiriza kugira babagarukane kuri wewe+; babandanya gukora ibikorwa vy’akagaye gakomeye+.

  • Yeremiya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Abaherezi ntibavuze ngo: ‘Yehova ari hehe+?’ Abajejwe itegeko jewe ntibamenye+; kandi abungere barancumuyeko+, mbere n’abahanuzi bavuze ubuhanuzi mw’izina rya Bayali+, bakurikira ibitari gushobora kuzana inyungu+.

  • Yeremiya 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Noshobora nte kukubabarira ico kintu? Abahungu bawe barantaye, kandi baguma barahira+ ikitari Imana+. Nagumye mbahaza+, mugabo babandanije kurenga ibigo+, kandi baja ku nzu y’umugore w’umumaraya bari mu migwi.

  • Yeremiya 22:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Maze bazovuga bati: “Ni kubera yuko bataye isezerano rya Yehova Imana yabo+, bagatangura kwunamira izindi mana no kuzikorera+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika