ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 14:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Mugabo abantu babwira Sauli bati: “Mbega Yonatani arapfa, ari we yashikije ubu bukiriro bukomeye+ muri Isirayeli? Ni ibitokwiyumvirwa+! Turahiye ukubaho kwa Yehova+, hakagira n’agashatsi na kamwe+ ko ku mutwe wiwe gakorokera hasi; kuko yakoranye n’Imana uyu musi+.” Gutyo abantu bacungura+ Yonatani, ntiyapfa.

  • 2 Samweli 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo avuga ati: “Ndakwinginze umwami yibuke Yehova Imana yawe+, kugira ngo umuhōzi w’amaraso+ ntabandanye kuyogeza, no kugira ngo ntibazimanganye umuhungu wanje.” Na we avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nta gashatsi na kamwe+ k’umwana wawe kazokorokera hasi.”

  • Luka 21:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Yamara nta n’agashatsi+ ko ku mitwe yanyu kazogenda kavuyeko.

  • Ivyakozwe 27:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ndabaremesheje rero gutamira udufungurwa, kuko ari ku bw’umutekano wanyu; kuko ata n’agashatsi+ ko ku mutwe w’umwe muri mwebwe kazovako.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika