ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 47:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:7; Yes 26:5
  • +Zb 137:8; Yr 50:42; Zk 2:7
  • +Zb 89:44; Yr 51:33; Dn 5:30
  • +Yes 47:5
  • +Ivh 18:7

Yesaya 47:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “impuzu yo hepfo irekera.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 11:5; Mt 24:41
  • +Yes 3:19
  • +Yr 13:22; Nah 3:5
  • +Yes 20:4

Yesaya 47:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:37
  • +Yr 13:26
  • +Gus 32:35; Zb 94:1; Rm 12:19

Yesaya 47:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:14
  • +Yes 44:6
  • +Yes 43:3

Yesaya 47:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:23
  • +1Sm 2:9
  • +Yes 47:1
  • +Ivh 18:7
  • +Yes 13:19; 14:4; Ivh 17:5

Yesaya 47:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:9; 36:16; Yes 42:25; Zk 1:15
  • +Gus 28:63; Yes 10:6; Ezk 24:21
  • +2Bm 25:21; Yr 52:14
  • +Zb 137:8; Mt 7:12; Ivh 18:5
  • +Gus 28:50

Yesaya 47:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 4:30; Ivh 18:7
  • +Gus 32:29

Yesaya 47:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:1, 23; Ivh 18:3
  • +Yr 51:53
  • +Zb 10:6; Ivh 18:7

Yesaya 47:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:19; Ivh 18:10
  • +Yr 51:29
  • +Ezk 21:21; Dn 2:2; 5:7; Ivh 18:23

Yesaya 47:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:7
  • +Yr 23:24; Heb 4:13
  • +Yes 5:21; Rm 1:22

Yesaya 47:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:39
  • +Ivh 18:10

Yesaya 47:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:2

Yesaya 47:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:7; Mt 2:1

Yesaya 47:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:7; Yes 40:24
  • +Gus 4:24; Mal 4:1
  • +It 2:7
  • +Mt 16:26

Yesaya 47:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:2; Ivh 21:8
  • +Yr 51:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 47:11Sm 2:7; Yes 26:5
Yes. 47:1Zb 137:8; Yr 50:42; Zk 2:7
Yes. 47:1Zb 89:44; Yr 51:33; Dn 5:30
Yes. 47:1Yes 47:5
Yes. 47:1Ivh 18:7
Yes. 47:2Kv 11:5; Mt 24:41
Yes. 47:2Yes 3:19
Yes. 47:2Yr 13:22; Nah 3:5
Yes. 47:2Yes 20:4
Yes. 47:3Ezk 16:37
Yes. 47:3Yr 13:26
Yes. 47:3Gus 32:35; Zb 94:1; Rm 12:19
Yes. 47:4Yes 41:14
Yes. 47:4Yes 44:6
Yes. 47:4Yes 43:3
Yes. 47:5Zb 94:23
Yes. 47:51Sm 2:9
Yes. 47:5Yes 47:1
Yes. 47:5Ivh 18:7
Yes. 47:5Yes 13:19; 14:4; Ivh 17:5
Yes. 47:62Ng 28:9; 36:16; Yes 42:25; Zk 1:15
Yes. 47:6Gus 28:63; Yes 10:6; Ezk 24:21
Yes. 47:62Bm 25:21; Yr 52:14
Yes. 47:6Zb 137:8; Mt 7:12; Ivh 18:5
Yes. 47:6Gus 28:50
Yes. 47:7Dn 4:30; Ivh 18:7
Yes. 47:7Gus 32:29
Yes. 47:8Dn 5:1, 23; Ivh 18:3
Yes. 47:8Yr 51:53
Yes. 47:8Zb 10:6; Ivh 18:7
Yes. 47:9Zb 73:19; Ivh 18:10
Yes. 47:9Yr 51:29
Yes. 47:9Ezk 21:21; Dn 2:2; 5:7; Ivh 18:23
Yes. 47:10Zb 52:7
Yes. 47:10Yr 23:24; Heb 4:13
Yes. 47:10Yes 5:21; Rm 1:22
Yes. 47:11Yr 51:39
Yes. 47:11Ivh 18:10
Yes. 47:12Dn 2:2
Yes. 47:13Dn 5:7; Mt 2:1
Yes. 47:14Kv 15:7; Yes 40:24
Yes. 47:14Gus 4:24; Mal 4:1
Yes. 47:14It 2:7
Yes. 47:14Mt 16:26
Yes. 47:15Dn 2:2; Ivh 21:8
Yes. 47:15Yr 51:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 47:1-15

Yesaya

47 Manuka wicare mu mukungugu+, ewe mukobwa w’isugi wa Babiloni+! Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+! Kuko batazokwongera kukwita uworohewe n’uwadibamye+. 2 Tora urusyo rw’amaboko+ usye ifu. Ipfukure icitwikiro+ cawe. Ambura impuzu irekera*+. Pfukura ukuguru+. Jabuka inzuzi. 3 Ubwirizwa gupfukura ubwambure bwawe+. Kandi iceyi cawe kibwirizwa kubonwa+. Ngira nihore+, kandi nta muntu n’umwe tuzohura ngo ngire ubuntu.

4 “Hariho uwuducungura+. Yehova nyen’ingabo ni ryo zina ryiwe+, Umweranda wa Isirayeli+.”

5 Icara utekereje+, winjire mu mwiza+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+; kuko batazokwongera kukwita Umugabekazi+ w’Ibihugu vy’abami+. 6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+. 7 Waguma uvuga ngo: “Nzoba Umugabekazi+ gushika igihe kitagira urugero, ibihe bidahera.” Ivyo ntiwabishize ku mutima; ntiwibutse iherezo ry’ico kintu+.

8 Ubu rero niwumve ibi, wa mugore wihaye ibihimbaro, wewe wiyicariye mu mutekano+, wewe uvuga mu mutima wawe ngo: “Ndiho, kandi nta wundi+. Sinzokwicara nk’umupfakazi, kandi sinzomenya ukubura abana ico ari co+.” 9 Mugabo ibi bintu bibiri bizokuzako bukwi na bukwi, ku musi umwe+: ukubura abana n’ugupfakara. Emwe, bizokuzako ku rugero rwuzuye+, kubera umurengera w’ubupfumu bwawe, kubera ubushobozi bwose bw’imitongero yawe—bimwe birengeje+. 10 Wagumye wizigiye ububi bwawe+. Wavuze ngo: “Nta n’umwe ambona+.” Ubukerebutsi bwawe n’ubumenyi bwawe+—ivyo ni vyo vyagukweze; kandi uguma uvuga mu mutima wawe ngo: “Ndiho, kandi nta wundi.” 11 Ivyago bitegerezwa kukuzako; ntuzomenya kubigota namba. Amarushwa azokugwako+; ntuzoshobora kuyatesha. Kandi kuri wewe hazoza bukwi na bukwi+ agatikizo utari umenyereye.

12 Hagarara udakakaza rero, n’imitongero yawe hamwe n’umurengera w’ubupfumu bwawe+ wacumukuriyemwo kuva mu buto bwawe; kugira ngo kumbure ushobore kwunguka, kugira ngo kumbure utere abantu  akoba. 13 Wārāmbiwe n’abajanama indiri bawe. Nibahaguruke rero bagukize, bamwe basenga amajuru, bamwe bitegereza inyenyeri+, bamwe batanga ubumenyi igihe c’imboneko z’ukwezi ku vyerekeye ibizokuzako. 14 Raba! Bacitse nk’ibishakara+. Umuriro uzobatongora+. Ntibazorokora ubuzima bwabo+ mu bubasha bw’urubeya+. Nta kubengerana kw’amakara kuzohaba ngo abantu bisusurutse, nta gaco k’umuriro kazohaba ko kwicara imbere. 15 Ukwo ni ko bazomera koko kuri wewe, abo mwacumukuranye ari abagosi+ bawe kuva mu buto bwawe. Bazokwangara koko, umwe wese aja mu karere kiwe. Ntihazoba n’umwe wo kugukiza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika