ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 25
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 25:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:5
  • +1Ng 27:3
  • +1Ng 16:41; 2Ng 5:12
  • +2Ng 35:15
  • +1Bm 10:12; Zb 81:2
  • +1Sm 10:5; 1Ng 15:16
  • +2Ng 29:25; Zb 150:5

1 Ngoma 25:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:9
  • +1Ng 25:14
  • +Neh 12:46

1 Ngoma 25:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:42
  • +1Ng 25:9
  • +1Ng 25:11
  • +1Ng 25:15
  • +1Ng 15:18
  • +Zb 92:1; Yr 33:11; Ef 5:19

1 Ngoma 25:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:19
  • +1Ng 25:13
  • +1Ng 25:16
  • +1Ng 24:24
  • +1Ng 25:23
  • +1Ng 25:27
  • +1Ng 25:29
  • +1Ng 25:31
  • +1Ng 25:24
  • +1Ng 25:26
  • +1Ng 25:28

1 Ngoma 25:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 9:9
  • +Zb 127:3; Yes 8:18

1 Ngoma 25:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 13:8
  • +1Ng 15:16
  • +1Ng 16:5
  • +1Ng 25:1

1 Ngoma 25:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 150:1
  • +1Ng 15:22

1 Ngoma 25:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:33; 18:18; Ivk 1:26
  • +1Ng 24:31
  • +1Ng 15:22

1 Ngoma 25:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:2
  • +1Ng 25:3

1 Ngoma 25:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:2

1 Ngoma 25:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:3

1 Ngoma 25:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:2

1 Ngoma 25:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:2

1 Ngoma 25:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:4

1 Ngoma 25:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:4

1 Ngoma 25:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:4

1 Ngoma 25:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 25:11Ng 24:5
1 Ngo. 25:11Ng 27:3
1 Ngo. 25:11Ng 16:41; 2Ng 5:12
1 Ngo. 25:12Ng 35:15
1 Ngo. 25:11Bm 10:12; Zb 81:2
1 Ngo. 25:11Sm 10:5; 1Ng 15:16
1 Ngo. 25:12Ng 29:25; Zb 150:5
1 Ngo. 25:21Ng 25:9
1 Ngo. 25:21Ng 25:14
1 Ngo. 25:2Neh 12:46
1 Ngo. 25:31Ng 16:42
1 Ngo. 25:31Ng 25:9
1 Ngo. 25:31Ng 25:11
1 Ngo. 25:31Ng 25:15
1 Ngo. 25:31Ng 15:18
1 Ngo. 25:3Zb 92:1; Yr 33:11; Ef 5:19
1 Ngo. 25:41Ng 15:19
1 Ngo. 25:41Ng 25:13
1 Ngo. 25:41Ng 25:16
1 Ngo. 25:41Ng 24:24
1 Ngo. 25:41Ng 25:23
1 Ngo. 25:41Ng 25:27
1 Ngo. 25:41Ng 25:29
1 Ngo. 25:41Ng 25:31
1 Ngo. 25:41Ng 25:24
1 Ngo. 25:41Ng 25:26
1 Ngo. 25:41Ng 25:28
1 Ngo. 25:51Sm 9:9
1 Ngo. 25:5Zb 127:3; Yes 8:18
1 Ngo. 25:61Ng 13:8
1 Ngo. 25:61Ng 15:16
1 Ngo. 25:61Ng 16:5
1 Ngo. 25:61Ng 25:1
1 Ngo. 25:7Zb 150:1
1 Ngo. 25:71Ng 15:22
1 Ngo. 25:8Img 16:33; 18:18; Ivk 1:26
1 Ngo. 25:81Ng 24:31
1 Ngo. 25:81Ng 15:22
1 Ngo. 25:91Ng 25:2
1 Ngo. 25:91Ng 25:3
1 Ngo. 25:101Ng 25:2
1 Ngo. 25:111Ng 25:3
1 Ngo. 25:121Ng 25:2
1 Ngo. 25:141Ng 25:2
1 Ngo. 25:181Ng 25:4
1 Ngo. 25:201Ng 25:4
1 Ngo. 25:301Ng 25:4
1 Ngo. 25:311Ng 25:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 25:1-31

1 Ngoma

25 Vyongeye, Dawidi n’abakuru+ b’imigwi y’abakora igikorwa+ batandukanya ku bw’igikorwa bamwe muri bene Asafu na Hemani+ na Yedutuni+, abavuga ubuhanuzi bakoresheje inanga+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’ivyuma bisāma+. Muri bo harimwo abagabo bari n’ivyo bajejwe ku bw’igikorwa cabo. 2 Muri bene Asafu: Zakuri na Yozefu+ na Netaniya na Asharela+, bene Asafu bari bayobowe na Asafu+, uwavuga ubuhanuzi ayobowe n’umwami. 3 Kuri Yedutuni+: bene Yedutuni ari bo Gedaliya+ na Zeri+ na Yeshaya+ na Shimeyi na Hashabiya na Matitiya+, batandatu, bakaba bayoborwa na se Yedutuni, uwavuga ubuhanuzi akoresheje inanga kugira ngo akengurukire yongere ashemeze Yehova+. 4 Kuri Hemani+: bene Hemani ari bo Bukiya+ na Mataniya+ na Uziyeli+ na Shebuweli na Yerimoti na Hananiya+ na Hanani na Eliyata+ na Gidaliti+ na Romamuti-ezeri+ na Yoshibekasha+ na Maloti+ na Hotiri+ na Mahaziyoti. 5 Abo bose bari bene Hemani, umubonyi+ w’umwami mu bintu vy’Imana y’ukuri yaduza ihembe ryiwe; gutyo Imana y’ukuri iha Hemani abahungu cumi na bane n’abakobwa batatu+. 6 Abo bose bari bayobowe na se mu vyo kuririmba ku nzu ya Yehova, bakoresheje ivyuma bisāma+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’inanga+ ku bw’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri.

Abayoborwa n’umwami bari Asafu na Yedutuni na Hemani+.

7 Igitigiri cabo hamwe na bene wabo bamenyerejwe mu vy’ukuririmbira Yehova+, abahanga+ bose, cari amajana abiri na mirongo umunani n’umunani. 8 Bapfinda rero ubupfindo+ ku bijanye n’ibintu vyo kwitwararika, umutoyi ari kimwe n’uwuhambaye+, umuhanga+ hamwe n’uwiga.

9 Nuko ubupfindo burasohoka: ubwa mbere buba ubwa Asafu ku bwa Yozefu+, ubugira kabiri buba ubwa Gedaliya+ (we na bene wabo be n’abahungu biwe bari cumi na babiri); 10 ubugira gatatu buba ubwa Zakuri+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 11 ubugira kane buba ubwa Iziri+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 12 ubugira gatanu buba ubwa Netaniya+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 13 ubugira gatandatu buba ubwa Bukiya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 14 ubugira indwi buba ubwa Yesharela+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 15 ubugira umunani buba ubwa Yeshaya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 16 ubugira icenda buba ubwa Mataniya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 17 ubugira cumi buba ubwa Shimeyi n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 18 ubugira cumi na rimwe buba ubwa Azareli+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 19 ubugira cumi na kabiri buba ubwa Hashabiya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 20 ubugira cumi na gatatu buba ubwa Shubayeli+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 21 ubugira cumi na kane buba ubwa Matitiya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 22 ubugira cumi na gatanu buba ubwa Yeremoti n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 23 ubugira cumi na gatandatu buba ubwa Hananiya n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 24 ubugira cumi n’indwi buba ubwa Yoshibekasha n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 25 ubugira cumi n’umunani buba ubwa Hanani n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 26 ubugira cumi n’icenda buba ubwa Maloti n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 27 ubugira mirongo ibiri buba ubwa Eliyata n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 28 ubugira mirongo ibiri na rimwe buba ubwa Hotiri n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 29 ubugira mirongo ibiri na kabiri buba ubwa Gidaliti n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 30 ubugira mirongo ibiri na gatatu buba ubwa Mahaziyoti+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri; 31 ubugira mirongo ibiri na kane buba ubwa Romamuti-ezeri+ n’abahungu biwe na bene wabo: cumi na babiri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika