ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 80
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 80:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:akajambo k’intangamarara; 60:akajambo k’intangamarara
  • +Zb 74:akajambo k’intangamarara

Zaburi 80:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:1
  • +Zb 77:20; Yes 40:11; Yr 31:10; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
  • +Kv 25:20; 1Sm 4:4; 2Sm 6:2; 2Bm 19:15; Zb 99:1
  • +Gus 33:2; Zb 50:2; 94:1

Zaburi 80:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 2:18; Zb 35:23; Yes 42:13
  • +Yes 25:9; 33:22

Zaburi 80:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 85:4; Int 5:21
  • +Gh 6:25; Zb 4:6; 67:1

Zaburi 80:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:1; 85:5; Int 3:44

Zaburi 80:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:3
  • +Zb 102:9; Yes 30:20

Zaburi 80:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:13
  • +Abc 16:25; Zb 79:4

Zaburi 80:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:3
  • +Zb 4:6

Zaburi 80:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7; Yr 2:21; Ezk 19:10
  • +Zb 44:2; 78:55

Zaburi 80:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:28; Yos 24:12; Neh 9:22; Zb 105:44
  • +1Bm 4:25

Zaburi 80:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:16

Zaburi 80:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:31; Zb 72:8
  • +It 15:18; 1Bm 4:21

Zaburi 80:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:40; Yes 5:5
  • +Zb 89:41; Nah 2:2

Zaburi 80:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:9; 2Ng 32:1
  • +2Bm 24:1; 25:1; Yr 39:1

Zaburi 80:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:17; Mal 3:7
  • +Yes 63:15

Zaburi 80:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:2; Yr 2:21; Mr 12:1
  • +Kv 4:22; Yes 49:5

Zaburi 80:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:5; Yr 52:13
  • +Zb 39:11

Zaburi 80:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:21; 110:1
  • +Dn 7:13

Zaburi 80:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:39
  • +Ivk 15:17

Zaburi 80:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:7
  • +Zb 89:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 80:akajambo k’intangamararaZb 45:akajambo k’intangamarara; 60:akajambo k’intangamarara
Zab. 80:akajambo k’intangamararaZb 74:akajambo k’intangamarara
Zab. 80:1Zb 55:1
Zab. 80:1Zb 77:20; Yes 40:11; Yr 31:10; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
Zab. 80:1Kv 25:20; 1Sm 4:4; 2Sm 6:2; 2Bm 19:15; Zb 99:1
Zab. 80:1Gus 33:2; Zb 50:2; 94:1
Zab. 80:2Gh 2:18; Zb 35:23; Yes 42:13
Zab. 80:2Yes 25:9; 33:22
Zab. 80:3Zb 85:4; Int 5:21
Zab. 80:3Gh 6:25; Zb 4:6; 67:1
Zab. 80:4Zb 74:1; 85:5; Int 3:44
Zab. 80:5Zb 42:3
Zab. 80:5Zb 102:9; Yes 30:20
Zab. 80:6Zb 44:13
Zab. 80:6Abc 16:25; Zb 79:4
Zab. 80:7Zb 80:3
Zab. 80:7Zb 4:6
Zab. 80:8Yes 5:7; Yr 2:21; Ezk 19:10
Zab. 80:8Zb 44:2; 78:55
Zab. 80:9Kv 23:28; Yos 24:12; Neh 9:22; Zb 105:44
Zab. 80:91Bm 4:25
Zab. 80:10Zb 104:16
Zab. 80:11Kv 23:31; Zb 72:8
Zab. 80:11It 15:18; 1Bm 4:21
Zab. 80:12Zb 89:40; Yes 5:5
Zab. 80:12Zb 89:41; Nah 2:2
Zab. 80:132Bm 18:9; 2Ng 32:1
Zab. 80:132Bm 24:1; 25:1; Yr 39:1
Zab. 80:14Yes 63:17; Mal 3:7
Zab. 80:14Yes 63:15
Zab. 80:15Yes 5:2; Yr 2:21; Mr 12:1
Zab. 80:15Kv 4:22; Yes 49:5
Zab. 80:16Zb 79:5; Yr 52:13
Zab. 80:16Zb 39:11
Zab. 80:17Zb 89:21; 110:1
Zab. 80:17Dn 7:13
Zab. 80:18Heb 10:39
Zab. 80:18Ivk 15:17
Zab. 80:19Zb 80:7
Zab. 80:19Zb 89:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 80:1-19

Zaburi

Ku muyobozi, ku Malisi+. Icibutsa. Ni izaburi ya Asafu+. Agahibongozo.

80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,

Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.

Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+!

 2 Imbere ya Efurayimu na Benyamini na Manase, nuvyure ubushobozi bwawe+,

Uze, udukize+.

 3 Ewe Mana, nutugarukane+;

Nuboneshe mu maso hawe, tubone gukizwa+.

 4 Ewe Yehova Mana nyen’ingabo, uzogeza ryari gufumba ushavurira isengesho ry’abantu bawe+?

 5 Wabagaburiye umukate w’amosozi+,

Kandi uguma ubanywesha amosozi ku bwinshi+.

 6 Wadushiriyeho kuba abo gushihanirwako n’ababanyi bacu+,

Abansi bacu na bo bakaguma bitwengera uko bashaka+.

 7 Ewe Mana nyen’ingabo, nutugarukane+;

Nuboneshe mu maso hawe, tubone gukizwa+.

 8 Watumye umuzabibu ufata inzira uva mu Misiri+.

Wagumye wirukana amahanga, kugira ngo uwutere+.

 9 Wateguye ikibanza imbere yawo+, kugira ngo ushore imizi, wuzure igihugu+.

10 Imisozi yarapfutswe n’igitutu cawo,

Amasederi y’Imana na yo apfukwa n’amashami yawo+.

11 Uno uratinda urungika amashami yawo gushika ku kiyaga+,

Iminago yawo na yo uyishikana kuri rwa Ruzi+.

12 Kubera iki wasenyuye uruhome rwawo rw’amabuye+,

Kandi kubera iki abahita ku nzira bose bawusoromye+?

13 Ingurube yo mw’ishamba iguma iwurya+,

Amasinzi y’ibikoko vyo mu gahinga na yo akaguma awurisha+.

14 Ewe Mana nyen’ingabo, enda garuka+;

Raba hasi uri mw’ijuru, ubone, witwararike uyu muzabibu+,

15 Be n’umuvyaro ukuryo kwawe kwateye+,

Urabe umwana wikomereje+.

16 Uraturiwe n’umuriro, uriciwe+.

Bayogezwa n’uguhambara kwo mu maso hawe+.

17 Ukuboko kwawe nikube ku muntu ari iburyo bwawe+,

Ku mwana w’abantu wikomereje+,

18 Kandi ntituzosubira inyuma ngo tukuveko+.

Nutuzigamire ubuzima, kugira ngo twambaze izina ryawe+.

19 Ewe Yehova Mana nyen’ingabo, nutugarukane+;

Nuboneshe mu maso hawe, tubone gukizwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika