ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 46
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 46:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:2; 51:44
  • +1Sm 5:3
  • +Yes 2:20; 45:20; Yr 10:5

Yesaya 46:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 37:12
  • +Yr 43:12

Yesaya 46:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:9
  • +Kv 19:4; Gus 1:31; Yes 44:2

Yesaya 46:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:4; 43:10
  • +Zb 71:18; 92:14
  • +Yes 43:13
  • +Zb 41:1; 116:4

Yesaya 46:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 8:10; 15:11; Zb 113:5; Yes 40:25; Yr 10:6
  • +Zb 89:6; Mik 7:18; Ivk 17:29

Yesaya 46:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:4; Yes 40:19; Yr 10:9; Hab 2:18
  • +Yes 2:8; 44:17; Dn 3:5

Yesaya 46:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:5
  • +1Sm 5:3; Dn 3:1
  • +1Bm 18:26; Yes 37:38; Yr 2:28; Yon 1:5

Yesaya 46:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:29; Img 2:1; Yes 44:18; Hg 1:5
  • +Ezk 18:28

Yesaya 46:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:7; Yes 42:9
  • +Zb 50:1; 118:27; Rm 1:20
  • +Yes 45:14
  • +Gus 33:26; Yes 40:18

Yesaya 46:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:9
  • +Yes 41:22; 45:21
  • +Zb 33:11
  • +Zb 135:6; Yes 55:11; Heb 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 14

    1/6/2006, rup. 21-22

Yesaya 46:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:2; 45:1
  • +Ezr 1:2; Yes 44:28; 48:14
  • +Gh 23:19
  • +Yb 23:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1999, rup. 3

Yesaya 46:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:5; Yes 48:4; Ivk 7:51
  • +Zb 119:150; Yr 2:5

Yesaya 46:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:2; 145:17; Yes 51:5
  • +Zb 46:1; Yes 12:2
  • +Yes 62:11
  • +Yes 44:23; 60:21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 46:1Yr 50:2; 51:44
Yes. 46:11Sm 5:3
Yes. 46:1Yes 2:20; 45:20; Yr 10:5
Yes. 46:2Yes 37:12
Yes. 46:2Yr 43:12
Yes. 46:3Yes 1:9
Yes. 46:3Kv 19:4; Gus 1:31; Yes 44:2
Yes. 46:4Yes 41:4; 43:10
Yes. 46:4Zb 71:18; 92:14
Yes. 46:4Yes 43:13
Yes. 46:4Zb 41:1; 116:4
Yes. 46:5Kv 8:10; 15:11; Zb 113:5; Yes 40:25; Yr 10:6
Yes. 46:5Zb 89:6; Mik 7:18; Ivk 17:29
Yes. 46:6Kv 32:4; Yes 40:19; Yr 10:9; Hab 2:18
Yes. 46:6Yes 2:8; 44:17; Dn 3:5
Yes. 46:7Yr 10:5
Yes. 46:71Sm 5:3; Dn 3:1
Yes. 46:71Bm 18:26; Yes 37:38; Yr 2:28; Yon 1:5
Yes. 46:8Gus 32:29; Img 2:1; Yes 44:18; Hg 1:5
Yes. 46:8Ezk 18:28
Yes. 46:9Gus 32:7; Yes 42:9
Yes. 46:9Zb 50:1; 118:27; Rm 1:20
Yes. 46:9Yes 45:14
Yes. 46:9Gus 33:26; Yes 40:18
Yes. 46:10Yes 42:9
Yes. 46:10Yes 41:22; 45:21
Yes. 46:10Zb 33:11
Yes. 46:10Zb 135:6; Yes 55:11; Heb 6:17
Yes. 46:11Yes 41:2; 45:1
Yes. 46:11Ezr 1:2; Yes 44:28; 48:14
Yes. 46:11Gh 23:19
Yes. 46:11Yb 23:13
Yes. 46:12Zb 76:5; Yes 48:4; Ivk 7:51
Yes. 46:12Zb 119:150; Yr 2:5
Yes. 46:13Zb 97:2; 145:17; Yes 51:5
Yes. 46:13Zb 46:1; Yes 12:2
Yes. 46:13Yes 62:11
Yes. 46:13Yes 44:23; 60:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 46:1-13

Yesaya

46 Beli+ yigonze+, Nebo arunamye; ibigirwamana vyabo+ vyabaye ivy’ibikoko be n’ivy’ibitungwa, imitwaro yavyo, imitekero, umuzigo w’ibikoko birushe. 2 Bazotegerezwa kwunama; bazotegerezwa kwigonda cokimwe; ntibashobora kurokora+ umuzigo, mugabo bazotegerezwa kugirwa imbohe+.

3 “Nyumviriza, ewe nzu ya Yakobo, namwe mwese abasigaye b’inzu ya Isirayeli+, mwebwe abo natwaye kuva mukiri mu nda, abo nahetse kuva mukiri mu gitereko+. 4 Gushika no mu busaza bwanyu, ndi wa wundi nyene+; kandi gushika mugize imvi ku mutwe, jewe nzoguma ndabashigikiye+. Jewe nzogira ico nkoze koko+, kugira jewe ndabaterure, no kugira jewe ndabashigikire nongere ndabarokore+.

5 “Jewe muzonsanisha na nde+ canke munganishe na nde canke mungereranye na nde ngo duse+? 6 Hariho abazana ku bwinshi inzahabu bayikuye mw’isaho, bagapima ifeza hakoreshejwe igiti c’umunzane. Bahēra uwukora ivy’ivyuma, akabikoramwo imana+. Barakubita inkoro hasi, egome, barunama+. 7 Bayitwara ku rutugu+, bakayikorera bakayitereka mu kibanza cayo ngo ihagarare idakakaza+. Ntiva aho ihagaze. Umuntu mbere arasemerera ayibwira, mugabo ntiyishura; ntikiza umuntu amarushwa yiwe+.

8 “Nimwibuke ibi, kugira ngo mugire umutima rugabo. Bishire ku mutima+, mwa bagabitanyi mwe+! 9 Nimwibuke ivya mbere vya kera+, yuko ari je ndi Nyenubumana+ kandi ko ata yindi Mana iriho+, canke uwumeze nkanje+; 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; 11 Umwe ahamagara i burasirazuba inyoni ihiga+, agahamagara mu gihugu ca kure umuntu wo gushitsa impanuro yanje+. Narabivuze; no kubishitsa nzobishitsa+. Naravyiyumviriye, no kubikora nzobikora+.

12 “Nimunyumvirize, mwebwe ab’umutima w’ububasha+, mwebwe abari kure y’ubugororotsi+. 13 Narigije hafi ubugororotsi bwanje+. Ntiburi kure+, kandi ubukiriro bwanje ntibuzocerwa+. Nzotanga ubukiriro i Siyoni, mpe Isirayeli ubwiza bwanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika