ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 141
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 141:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:17; 88:9
  • +Zb 40:13; 70:5; 71:12
  • +Zb 39:12; 1Pt 3:12

Zaburi 141:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ububani.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:35
  • +Lk 1:9; Ivh 5:8; 8:3
  • +Kv 29:39; Zb 28:2; 63:4; 134:2; 1Tm 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2022, rup. 21

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 16

    1/2/1999, rup. 8

Zaburi 141:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:3; 21:23
  • +Yak 1:26; 3:2

Zaburi 141:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:58; Zb 119:36; Img 21:1
  • +Dn 11:27
  • +1Kr 15:33
  • +Img 23:6

Zaburi 141:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:7; 2Ng 16:7; Img 17:10; Gl 2:11; 6:1
  • +Zb 23:5; Img 6:23; 19:25; Yak 5:14
  • +Img 9:8; 19:25; 25:12
  • +1Sm 12:23; Mt 5:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 57

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2015, rup. 30-31

Zaburi 141:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 31:1; 2Sm 1:19; 1Ng 10:1
  • +2Sm 2:5; 23:1; Lk 4:22

Zaburi 141:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:36; 2Kr 1:9; Heb 11:37

Zaburi 141:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:12; Zb 25:15; 123:1
  • +Ivk 4:24
  • +Zb 5:11; 11:1; 71:1
  • +Yes 53:12

Zaburi 141:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:110; 124:7
  • +Zb 140:5; 142:3; Yr 18:22; Lk 11:54; 20:20

Zaburi 141:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 7:10; Zb 7:15; 9:15; 35:8; 37:15; 57:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 141:1Zb 31:17; 88:9
Zab. 141:1Zb 40:13; 70:5; 71:12
Zab. 141:1Zb 39:12; 1Pt 3:12
Zab. 141:2Kv 30:35
Zab. 141:2Lk 1:9; Ivh 5:8; 8:3
Zab. 141:2Kv 29:39; Zb 28:2; 63:4; 134:2; 1Tm 2:8
Zab. 141:3Img 13:3; 21:23
Zab. 141:3Yak 1:26; 3:2
Zab. 141:41Bm 8:58; Zb 119:36; Img 21:1
Zab. 141:4Dn 11:27
Zab. 141:41Kr 15:33
Zab. 141:4Img 23:6
Zab. 141:52Sm 12:7; 2Ng 16:7; Img 17:10; Gl 2:11; 6:1
Zab. 141:5Zb 23:5; Img 6:23; 19:25; Yak 5:14
Zab. 141:5Img 9:8; 19:25; 25:12
Zab. 141:51Sm 12:23; Mt 5:44
Zab. 141:61Sm 31:1; 2Sm 1:19; 1Ng 10:1
Zab. 141:62Sm 2:5; 23:1; Lk 4:22
Zab. 141:7Rm 8:36; 2Kr 1:9; Heb 11:37
Zab. 141:82Ng 20:12; Zb 25:15; 123:1
Zab. 141:8Ivk 4:24
Zab. 141:8Zb 5:11; 11:1; 71:1
Zab. 141:8Yes 53:12
Zab. 141:9Zb 119:110; 124:7
Zab. 141:9Zb 140:5; 142:3; Yr 18:22; Lk 11:54; 20:20
Zab. 141:10Est 7:10; Zb 7:15; 9:15; 35:8; 37:15; 57:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 141:1-10

Zaburi

Agahibongozo ka Dawidi.

141 Ewe Yehova, narakwambaje+.

Nyaragasa uze aho ndi+.

Tega ugutwi ijwi ryanje iyo nguhamagaye+.

 2 Isengesho ryanje niribe iriteguwe nk’imibavu*+ imbere yawe+,

Ukuduza ibiganza kwanje na kwo kube nk’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+.

 3 Ewe Yehova, nushirireho umurinzi akanwa kanje+;

Nushire umucunzi ku muryango w’iminwa yanje+.

 4 Ntuhengekere umutima wanje ku kintu kibi na kimwe+,

Ngo nkore ibikorwa vy’agaterasoni mu bubisha+

Kumwe n’abantu bamenyereye gukora ibibabaza+,

Kugira sindye ku bifungurwa binovereye vyabo+.

 5 Hamwe umugororotsi yonkubita, bwoba ari ubuntu bwuzuye urukundo angiriye+;

Hamwe yonkangira na ho, yoba ari amavuta ku mutwe+,

Ayo umutwe wanje utoruha wanka+.

Kuko hoba hakiriho mbere isengesho ryanje mu gihe c’ivyago vyabo+.

 6 Abacamanza babo baterewe hasi ku mpande z’urutare+,

Mugabo barumvise amajambo yanje, yuko aryoshe+.

 7 Nka kurya umuntu asatura inkwi akazimanyagura kw’isi,

Ni ko amagufa yacu yasanzajwe ku munwa w’ukuzimu+.

 8 Ariko rero, ni wewe mpanze amaso+, ewe Yehova Mukama Segaba+!

Nahungiye muri wewe+.

Ntusēse ubuzima bwanje+.

 9 Nundinde ivyara vy’umutego banteze+,

Undinde n’imitego y’abamenyereye gukora ibibabaza+.

10 Ababisha bazogwa bose hamwe mu nsenga zabo+,

Nayo jewe nirenganire.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika