ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:37; 40:25; Lw 24:2

Guharura 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:2

Guharura 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 37:17
  • +Kv 25:9, 40; 1Ng 28:12, 19; Heb 8:5

Guharura 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:4; Zb 26:6; Yes 52:11; 2Kr 7:1

Guharura 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:18; Ezk 36:25
  • +Lw 14:8
  • +Kv 19:10; Lw 16:28; Gh 19:7
  • +Zb 51:2

Guharura 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3
  • +Lw 2:1; Gh 15:9
  • +Lw 4:3; Rm 8:3; 2Kr 5:21

Guharura 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:3

Guharura 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:4; Gh 3:9
  • +Gh 3:41, 45

Guharura 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:30; 8:27; Gh 8:21
  • +Gh 1:50; 3:6

Guharura 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:10
  • +Lw 1:4

Guharura 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:45; 16:9

Guharura 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 4:3; 8:11
  • +Kv 29:24

Guharura 8:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:45
  • +Gh 3:12

Guharura 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:2, 12; Gh 3:13; Lk 2:23
  • +Kv 12:29; Zb 78:51; 105:36; 135:8; Heb 11:28
  • +Kv 13:15; Lw 27:26

Guharura 8:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:12

Guharura 8:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:9; 18:6
  • +1Ng 23:32; Ezk 44:11
  • +Gh 1:53; 18:5; 1Sm 6:19; 2Ng 26:16

Guharura 8:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 8:7
  • +Gh 8:11
  • +Gh 8:12

Guharura 8:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 8:15; 2Ng 31:2

Guharura 8:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 25

Guharura 8:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:53; 3:32; 18:4; 1Ng 23:32; Ezk 44:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 8:2Kv 25:37; 40:25; Lw 24:2
Guh. 8:3Heb 9:2
Guh. 8:4Kv 37:17
Guh. 8:4Kv 25:9, 40; 1Ng 28:12, 19; Heb 8:5
Guh. 8:6Kv 29:4; Zb 26:6; Yes 52:11; 2Kr 7:1
Guh. 8:7Kv 30:18; Ezk 36:25
Guh. 8:7Lw 14:8
Guh. 8:7Kv 19:10; Lw 16:28; Gh 19:7
Guh. 8:7Zb 51:2
Guh. 8:8Lw 1:3
Guh. 8:8Lw 2:1; Gh 15:9
Guh. 8:8Lw 4:3; Rm 8:3; 2Kr 5:21
Guh. 8:9Lw 8:3
Guh. 8:10Lw 1:4; Gh 3:9
Guh. 8:10Gh 3:41, 45
Guh. 8:11Lw 7:30; 8:27; Gh 8:21
Guh. 8:11Gh 1:50; 3:6
Guh. 8:12Kv 29:10
Guh. 8:12Lw 1:4
Guh. 8:14Gh 3:45; 16:9
Guh. 8:15Gh 4:3; 8:11
Guh. 8:15Kv 29:24
Guh. 8:16Gh 3:45
Guh. 8:16Gh 3:12
Guh. 8:17Kv 13:2, 12; Gh 3:13; Lk 2:23
Guh. 8:17Kv 12:29; Zb 78:51; 105:36; 135:8; Heb 11:28
Guh. 8:17Kv 13:15; Lw 27:26
Guh. 8:18Gh 3:12
Guh. 8:19Gh 3:9; 18:6
Guh. 8:191Ng 23:32; Ezk 44:11
Guh. 8:19Gh 1:53; 18:5; 1Sm 6:19; 2Ng 26:16
Guh. 8:21Gh 8:7
Guh. 8:21Gh 8:11
Guh. 8:21Gh 8:12
Guh. 8:22Gh 8:15; 2Ng 31:2
Guh. 8:26Gh 1:53; 3:32; 18:4; 1Ng 23:32; Ezk 44:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 8:1-26

Guharura

8 Nuko Yehova abwira Musa ati: 2 “Vugana na Aroni, umubwire uti: ‘Igihe cose wakije amatara, ya matara indwi aze aboneshe mu kibanza c’imbere y’igitereko c’amatara+.’” 3 Nuko Aroni atangura gukora gutyo. Yatsa amatara ya nya gitereko ngo aboneshereze ikibanza kiri imbere y’ico gitereko+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. 4 Uku rero ni ko nya gitereko c’amatara cari gihinguwe. Cari ikintu co mu nzahabu gicurishijwe inyundo. Gushika ku mpande zaco no gushika ku mashurwe yaco, cari ikintu gicurishijwe inyundo+. Nk’uko Yehova yari yavyeretse+ Musa, ni ko yari yakoze nya gitereko c’amatara.

5 Yehova yongera kubwira Musa ati: 6 “Tora Abalewi muri bene Isirayeli, kandi uze ubahumanure+. 7 Ibi ni vyo uzobagirira kugira ubahumanure: Uze ubacucagire amazi ahumanura igicumuro+, kandi baze bacishe urumosho ku mubiri wabo wose+, bamese impuzu zabo+ bongere bihumanure+. 8 Maze baze bafate ikimasa+ n’ishikanwa ry’intete+ ryaco ry’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta, kandi uzotora ikindi kimasa ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+. 9 Uzoce uzana Abalewi imbere y’ihema ry’ihuriro hanyuma ukoranye ikoraniro ryose rya bene Isirayeli+. 10 Uze uzane Abalewi imbere ya Yehova, hanyuma bene Isirayeli barambike+ ibiganza vyabo ku Balewi+. 11 Maze Aroni aze azungazungishe Abalewi irya n’ino imbere ya Yehova bwa shikanwa rizungagizwa+ rivuye kuri bene Isirayeli, kandi baze babe abo kurangura igikorwa ca Yehova+.

12 “Maze Abalewi bazorambika ibiganza vyabo ku mitwe ya nya mashūri+. Inyuma y’ivyo, uze uhereze Yehova imwe bwa shikanwa ry’igicumuro, iyindi na yo bwa shikanwa riturirwa, kugira ngo utangire impongano+ Abalewi. 13 Uze uhagarike Abalewi imbere ya Aroni n’abahungu biwe, hanyuma abazungazungishe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa rihabwa Yehova. 14 Kandi uze ushire Abalewi ukwabo ubakuye muri bene Isirayeli, kandi Abalewi baze bacike abanje+. 15 Mu nyuma Abalewi bazokwinjira gukorera kw’ihema ry’ihuriro+. Uze ubahumanure rero wongere ubazungazungishe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+. 16 Kuko ari abatanzwe, bahawe jewe bakuwe muri bene Isirayeli+. Nzobitorera mu kibanza c’abugurura ibitereko vyose, imfura zose za bene Isirayeli+. 17 Kuko imfura yose muri bene Isirayeli ari iyanje, mu bantu no mu bikoko+. Kuri wa musi nakubita imfura yose mu gihugu ca Misiri+, narazejeje ku bwanje+. 18 Kandi nzotora Abalewi mu kibanza c’imfura zose muri bene Isirayeli+. 19 Aroni n’abahungu biwe nzobaha Abalewi nk’abatanzwe bakuwe muri bene Isirayeli+, kugira bakore igikorwa ca bene Isirayeli mw’ihema ry’ihuriro+ no kugira batangire impongano bene Isirayeli, ngo ntihagire icago kiba muri bene Isirayeli+ bitumwe n’uko begereye ahantu heranda.”

20 Nuko Musa na Aroni n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli bagirira gutyo Abalewi. Nk’uko ivyo Yehova yari yategetse Musa vyose ku vyerekeye Abalewi vyari, ni ko bene Isirayeli babagiriye. 21 Nuko Abalewi barityorora+ bongera bamesa impuzu zabo, hanyuma Aroni arabazungazungisha irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova+. Maze Aroni abatangira impongano kugira abahumanure+. 22 Inyuma y’ivyo, Abalewi barinjira gukora igikorwa cabo mw’ihema ry’ihuriro imbere ya Aroni n’abahungu biwe+. Nk’uko Yehova yari yategetse Musa ku bijanye n’Abalewi, ni ko babagiriye.

23 Nuko Yehova abwira Musa ati: 24 “Ibi ni vyo vyerekeye Abalewi: Uwumaze imyaka mirongo ibiri n’itanu kuduga, azoza yinjire mu mugwi, mu gikorwa c’ihema ry’ihuriro. 25 Mugabo ashikanye imyaka mirongo itanu azova mu mugwi w’abakora igikorwa, ntabe agikora. 26 Aze afashe bene wabo mw’ihema ry’ihuriro mu kwitwararika ivyo bajejwe, mugabo ntihaze hagire igikorwa akora. Ukwo ni ko uzogirira Abalewi mu vyo bajejwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika