ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 96
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 96:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:23; Zb 33:3; 40:3; 98:1; 149:1; Yes 42:10
  • +Zb 66:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 201

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2000, rup. 10

Zaburi 96:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:20; Neh 9:5; Zb 72:19; Ef 1:3
  • +Zb 40:10; 71:15; Yes 52:7; Ivk 13:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2002, rup. 18

Zaburi 96:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 60:1; 66:19; Mt 28:19; 1Pt 2:9; Ivh 14:6
  • +Zb 72:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 8

Zaburi 96:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:3; Yr 32:18; Tt 2:13
  • +Gus 10:17; Neh 1:5; Zb 76:7; 95:3

Zaburi 96:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:26; Zb 97:7; Yes 37:19; 44:10; Yr 10:11; 1Kr 8:4
  • +It 1:1; Zb 115:15; Yes 42:5

Zaburi 96:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:10; Zb 104:1; Yes 6:1; Ezk 1:27
  • +1Ng 16:27; Ivh 4:3

Zaburi 96:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:1
  • +1Ng 29:11

Zaburi 96:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:58; Neh 9:5; Zb 72:19
  • +Yes 60:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2004, rup. 8-9

Zaburi 96:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:2
  • +1Ng 16:30; Zb 114:7

Zaburi 96:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 93:1; 97:1; Ivh 11:15; 19:6
  • +Zb 93:1
  • +Zb 67:4; 98:9; 1Pt 2:23

Zaburi 96:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:34
  • +Zb 98:7

Zaburi 96:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 65:13
  • +1Ng 16:33; Zb 148:9; Yes 55:12; Ezk 34:27; 36:30

Zaburi 96:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 3:1; Yud 14
  • +It 18:25; Zb 98:9; Ivk 17:31; 2Pt 3:7
  • +Zb 9:8
  • +Gus 32:4; Rm 3:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 96:11Ng 16:23; Zb 33:3; 40:3; 98:1; 149:1; Yes 42:10
Zab. 96:1Zb 66:4
Zab. 96:21Ng 29:20; Neh 9:5; Zb 72:19; Ef 1:3
Zab. 96:2Zb 40:10; 71:15; Yes 52:7; Ivk 13:26
Zab. 96:3Yes 60:1; 66:19; Mt 28:19; 1Pt 2:9; Ivh 14:6
Zab. 96:3Zb 72:18
Zab. 96:4Zb 145:3; Yr 32:18; Tt 2:13
Zab. 96:4Gus 10:17; Neh 1:5; Zb 76:7; 95:3
Zab. 96:51Ng 16:26; Zb 97:7; Yes 37:19; 44:10; Yr 10:11; 1Kr 8:4
Zab. 96:5It 1:1; Zb 115:15; Yes 42:5
Zab. 96:6Kv 24:10; Zb 104:1; Yes 6:1; Ezk 1:27
Zab. 96:61Ng 16:27; Ivh 4:3
Zab. 96:7Zb 29:1
Zab. 96:71Ng 29:11
Zab. 96:8Gus 28:58; Neh 9:5; Zb 72:19
Zab. 96:8Yes 60:6
Zab. 96:9Zb 29:2
Zab. 96:91Ng 16:30; Zb 114:7
Zab. 96:10Zb 93:1; 97:1; Ivh 11:15; 19:6
Zab. 96:10Zb 93:1
Zab. 96:10Zb 67:4; 98:9; 1Pt 2:23
Zab. 96:11Zb 69:34
Zab. 96:11Zb 98:7
Zab. 96:12Zb 65:13
Zab. 96:121Ng 16:33; Zb 148:9; Yes 55:12; Ezk 34:27; 36:30
Zab. 96:13Mal 3:1; Yud 14
Zab. 96:13It 18:25; Zb 98:9; Ivk 17:31; 2Pt 3:7
Zab. 96:13Zb 9:8
Zab. 96:13Gus 32:4; Rm 3:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 96:1-13

Zaburi

96 Ririmbire Yehova ururirimbo rushasha+.

Ririmbire Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!

 2 Ririmbire Yehova, muhezagire izina ryiwe+.

Umusi ku wundi mutangaze inkuru nziza y’ubukiriro atanga+.

 3 Menyeshe mu mahanga ubuninahazwa bwiwe+,

Menyeshe mu bisata vy’abantu vyose ibikorwa vyiwe vy’agatangaza+.

 4 Kuko Yehova ahambaye+ kandi ni uwo gushemezwa rwose.

Arateye ubwoba hejuru y’izindi mana zose+.

 5 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+;

Ariko Yehova we, ni we yakoze amajuru+.

 6 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+;

Inkomezi n’ubwiza biri aheranda hiwe+.

 7 Herereze kuri Yehova, yemwe miryango y’ibisata vy’abantu+,

Herereze kuri Yehova ubuninahazwa n’inkomezi+.

 8 Herereze kuri Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+;

Nimutware ingabirano mwinjire mu bigo vyiwe+.

 9 Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+;

Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese+!

10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.

Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.

Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.”

11 Amajuru nahimbarwe, isi na yo inezerwe+.

Ikiyaga nigituragare be n’ibicuzuye+.

12 Agahinga nikigine be n’ibiri muri ko vyose+.

Ico gihe nyene, ibiti vyose vyo mu kibira nibiturikishe binezerwe+

13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;

Kuko aje gucira imanza isi+.

Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,

N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika