ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abatesalonika 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abatesalonika 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:27; 2Ts 1:1; 1Pt 5:12
  • +Ivk 16:1
  • +Yoh 17:21
  • +1Tm 1:2

1 Abatesalonika 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:16; 2Ts 1:11

1 Abatesalonika 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 6:10
  • +1Pt 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 6

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    2/2000, rup. 4

1 Abatesalonika 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:12; 2Ts 2:13

1 Abatesalonika 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 2:4
  • +Kl 4:12
  • +1Kr 9:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 194

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2000, rup. 27

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    2/2000, rup. 3-4

1 Abatesalonika 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 11:1; Fp 3:17; 2Ts 3:9
  • +1Pt 2:21
  • +1Ts 2:14
  • +Ivk 13:52

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    2/2000, rup. 3-4

1 Abatesalonika 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 39:5; 66:5; 1Pt 1:23
  • +2Ts 1:4
  • +Rm 1:8; 10:18

1 Abatesalonika 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 10:14; 12:2; Gl 4:8; 1Yh 5:21
  • +Ivk 14:15; 1Tm 4:10
  • +Yoh 17:3; 1Kr 8:4

1 Abatesalonika 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 2:13
  • +Ivk 1:11
  • +Ivk 2:24
  • +1Ts 5:2; 2Pt 3:12; Ivh 6:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2010, rup. 13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tes. 1:1Ivk 15:27; 2Ts 1:1; 1Pt 5:12
1 Tes. 1:1Ivk 16:1
1 Tes. 1:1Yoh 17:21
1 Tes. 1:11Tm 1:2
1 Tes. 1:2Ef 1:16; 2Ts 1:11
1 Tes. 1:3Heb 6:10
1 Tes. 1:31Pt 1:3
1 Tes. 1:4Kl 3:12; 2Ts 2:13
1 Tes. 1:51Kr 9:19
1 Tes. 1:51Kr 2:4
1 Tes. 1:5Kl 4:12
1 Tes. 1:61Kr 11:1; Fp 3:17; 2Ts 3:9
1 Tes. 1:61Pt 2:21
1 Tes. 1:61Ts 2:14
1 Tes. 1:6Ivk 13:52
1 Tes. 1:8Yes 39:5; 66:5; 1Pt 1:23
1 Tes. 1:82Ts 1:4
1 Tes. 1:8Rm 1:8; 10:18
1 Tes. 1:91Kr 10:14; 12:2; Gl 4:8; 1Yh 5:21
1 Tes. 1:9Ivk 14:15; 1Tm 4:10
1 Tes. 1:9Yoh 17:3; 1Kr 8:4
1 Tes. 1:10Tt 2:13
1 Tes. 1:10Ivk 1:11
1 Tes. 1:10Ivk 2:24
1 Tes. 1:101Ts 5:2; 2Pt 3:12; Ivh 6:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abatesalonika 1:1-10

1 Abatesalonika

1 Paulo na Silivano+ na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe+ n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu:

Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+.

2 Twama dukengurukira Imana iyo tubashize mwese mu masengesho yacu+, 3 kuko tuguma twibuka igikorwa canyu kiva ku kwizera+, ukubira akuya kwanyu kuvuye ku rukundo, be n’ukwihangana kwanyu, kubera icizigiro+ mufise mu Mukama wacu Yezu Kristu imbere y’Imana yacu ikaba na Data. 4 Kuko tuzi ko yabatoye+, yemwe bene wacu bakundwa n’Imana, 5 kubera ko inkuru nziza twamamaza itaje iwanyu mu majambo gusa, ahubwo kandi yazananye ububasha+ n’impwemu nyeranda n’ukujijuka gukomeye+, nk’uko muzi uko twari tumeze kuri mwebwe ku bwanyu+; 6 kandi mwacitse abatwigana bakigana+ n’Umukama+, kuko mwemeye rya jambo mu makuba menshi+ muri n’akanyamuneza k’impwemu nyeranda+, 7 ku buryo mwabereye akarorero abemera bose i Makedoniya n’i Akaya.

8 Uko biri, si uko gusa ijambo rya Yehova+ ryasamiranye i Makedoniya n’i Akaya rivuye i wanyu, ahubwo ukwizera kwanyu+ kwerekeye Imana kwarakwiragiye hose+, ku buryo tudakeneye kugira ico tuvuze. 9 Kuko bo ubwabo baguma bavuga ukuntu twinjiye iwanyu ari bwo bwa mbere be n’ingene mwahindukiriye Imana mugaheba ibigirwamana+ vyanyu kugira ngo mushumbire ya Mana nzima+ kandi y’ukuri+, 10 no kugira ngo murindire+ Umwana wayo ava mw’ijuru+, uwo yazuye mu bapfuye+, ni we Yezu, umwe aturokora akadukiza uburake buriko buraza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika