ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 140
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 140:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:1
  • +Zb 18:48; 71:4

Zaburi 140:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:4; 64:6; Img 6:18; Zk 7:10; Mt 5:28
  • +Zb 56:6; 120:7

Zaburi 140:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 52:2; 58:4
  • +Mt 12:34; Rm 3:13; Yak 3:8

Zaburi 140:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:8; 36:11; 37:33
  • +Zb 31:4; 71:4
  • +Zb 25:15

Zaburi 140:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:110; 141:9
  • +Zb 10:9; 35:7; 57:6
  • +Yr 18:22; Lk 11:54; 20:20

Zaburi 140:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:14; 91:2; Yoh 20:17
  • +Zb 27:7; 28:2; 55:1

Zaburi 140:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:24
  • +Gus 33:27; Zb 27:1; 28:8
  • +1Sm 17:37; Zb 144:10

Zaburi 140:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:31; Zb 27:12
  • +Gus 32:27

Zaburi 140:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:16
  • +Est 7:10; Zb 94:23; Img 12:13; 18:7

Zaburi 140:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:24; Zb 11:6; 21:9
  • +Mt 13:42
  • +Zb 55:23; Img 28:10

Zaburi 140:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:3
  • +Zb 34:21; Yes 3:11; Gl 6:7

Zaburi 140:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:45
  • +Zb 9:4; 10:18; 22:24; 72:4

Zaburi 140:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 32:11; 33:1
  • +Zb 23:6; Ivh 7:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 140:1Zb 59:1
Zab. 140:1Zb 18:48; 71:4
Zab. 140:2Zb 36:4; 64:6; Img 6:18; Zk 7:10; Mt 5:28
Zab. 140:2Zb 56:6; 120:7
Zab. 140:3Zb 52:2; 58:4
Zab. 140:3Mt 12:34; Rm 3:13; Yak 3:8
Zab. 140:4Zb 17:8; 36:11; 37:33
Zab. 140:4Zb 31:4; 71:4
Zab. 140:4Zb 25:15
Zab. 140:5Zb 119:110; 141:9
Zab. 140:5Zb 10:9; 35:7; 57:6
Zab. 140:5Yr 18:22; Lk 11:54; 20:20
Zab. 140:6Zb 31:14; 91:2; Yoh 20:17
Zab. 140:6Zb 27:7; 28:2; 55:1
Zab. 140:7Ivk 4:24
Zab. 140:7Gus 33:27; Zb 27:1; 28:8
Zab. 140:71Sm 17:37; Zb 144:10
Zab. 140:82Sm 15:31; Zb 27:12
Zab. 140:8Gus 32:27
Zab. 140:9Zb 7:16
Zab. 140:9Est 7:10; Zb 94:23; Img 12:13; 18:7
Zab. 140:10It 19:24; Zb 11:6; 21:9
Zab. 140:10Mt 13:42
Zab. 140:10Zb 55:23; Img 28:10
Zab. 140:11Zb 12:3
Zab. 140:11Zb 34:21; Yes 3:11; Gl 6:7
Zab. 140:121Bm 8:45
Zab. 140:12Zb 9:4; 10:18; 22:24; 72:4
Zab. 140:13Zb 32:11; 33:1
Zab. 140:13Zb 23:6; Ivh 7:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 140:1-13

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

140 Ewe Yehova, nuntabare abantu babi+;

Nunzigame undinde umuntu w’ibikorwa vy’ubukazi+,

 2 Abateguye umugambi w’ibintu bibi mu mutima wabo+,

Bakaguma bagaba ibitero nko mu ntambara bukarinda bwira+.

 3 Bakarihije ururimi rwabo nka rurya rw’inzoka+;

Ubwayi bw’imamba y’amahembe buri munsi y’iminwa yabo+. Sela.

 4 Nundinde, ewe Yehova, amaboko y’umubisha+;

Nunzigame undinde umuntu w’ibikorwa vy’ubukazi+,

Abateguye umugambi wo guhenura intambuko zanje+.

 5 Abinantaje banyegeje umutego wo kuncakira+;

Imigozi barashanje nk’urusenga iruhande y’umuhora+.

Imitego baranteze+. Sela.

 6 Nabwiye Yehova nti: “Uri Imana yanje+.

Tega ugutwi, ewe Yehova, ijwi ry’ukwinginga kwanje+.”

 7 Ewe Yehova Mukama Segaba+, nkomezi z’ubukiriro bwanje+,

Wakingīriye umutwe wanje ku musi w’ingabo+.

 8 Ewe Yehova, ntuhe umubisha ivyo ahahamiye+.

Ntushigikire umugambi wiwe mubi, kugira ntibashirwe hejuru+. Sela.

 9 Nayo imitwe y’abankikuje+,

Ivyago vy’iminwa yabo nibiyipfuke+.

10 Amakara yaka natibagurirwe kuri bo+.

Nibagwishwe mu muriro+, mu vyobo vy’amazi, ntibasubire guhaguruka+.

11 Imvuzi y’agakomeye, ntishimangirwe mw’isi+.

Umuntu w’ubukazi, ikibi ubwaco nikimuhame, kimukubite urutavanako+.

12 Ndazi neza ko Yehova azoshitsa+

Imburano z’umurushwa, urubanza rw’aboro+.

13 Ni ukuri, abagororotsi bazokengurukira izina ryawe+;

Abagororotse bazokwibera imbere yo mu maso hawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika