1 Nyakanga Abantu bararondera ubuhirwe Igikenewe vy’ukuri kugira ngo umuntu abe umuhirwe Ninahaza Imana “n’akanwa kamwe” Niwiyubare ‘ntiwumvirize ijwi ry’ab’ahandi’ Ubuzima bumara akanyota kandi buteye umunezero bwo kwitanga bivuye ku mutima Ni intoranwa iyihe ukwiye kuronderera abana bawe? “Abagiriwe nabi kakaba akamizwe n’ingoma” bibukwa Ibibazo vy’abasomyi Ukuntu wotsinda ugucika intege Woha ikaze uwokugendera?