2 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba. 1 Ngoma 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ozemu uwugira gatandatu, Dawidi+ uwugira indwi. 1 Ngoma 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+; bene Zeruwiya bari Abishayi+ na Yowabu+ na Asaheli+: batatu.
18 Kandi ba bahungu batatu ba Zeruwiya+ bari ng’aho, ari bo Yowabu+ na Abishayi+ na Asaheli+; Asaheli yari umuntu w’amaguru anyaruka, nk’imwe mu ngeregere+ ziri mw’ishamba.
16 Bashiki babo bari Zeruwiya na Abigayili+; bene Zeruwiya bari Abishayi+ na Yowabu+ na Asaheli+: batatu.