29 Mu misi ya Peka umwami wa Isirayeli, Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri+ arashika hanyuma afata Iyoni+ na Abeli-beti-mayaka+ na Yanowa na Kedeshi+ na Hazori+ na Gileyadi+ na Galilaya+, igihugu cose ca Nafutali+, maze abajana mu bunyagano i Ashuri+.