ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:20; Hs 1:3
  • +Gus 7:7; Abc 10:16; 2Bm 13:23; Zb 106:45
  • +Abc 10:13; Neh 9:18
  • +Yr 7:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 19-20

Hoseya 3:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    “Sayiri” ni igiterwa kimeze nk’ingano.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 19-20

Hoseya 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 21:13
  • +Gus 5:18
  • +Rm 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 19-20

Hoseya 3:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Biboneka ko cari icambarwa kimeze nk’itaburiya kigizwe n’igihimba c’imbere n’ic’inyuma.

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6; 18:10
  • +Dn 9:27
  • +Abc 8:27
  • +Abc 17:5; 1Sm 19:16; Ezk 21:21

Hoseya 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:22; 50:4
  • +Yr 30:9; Ezk 34:23; 37:22; Am 9:11; Lk 1:32; Ivh 22:16
  • +Zb 130:4; Yr 33:9
  • +Gus 4:30; Mik 4:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 3:1Yr 3:20; Hs 1:3
Hos. 3:1Gus 7:7; Abc 10:16; 2Bm 13:23; Zb 106:45
Hos. 3:1Abc 10:13; Neh 9:18
Hos. 3:1Yr 7:18
Hos. 3:2It 34:12
Hos. 3:3Gus 21:13
Hos. 3:3Gus 5:18
Hos. 3:3Rm 7:3
Hos. 3:42Bm 17:6; 18:10
Hos. 3:4Dn 9:27
Hos. 3:4Abc 8:27
Hos. 3:4Abc 17:5; 1Sm 19:16; Ezk 21:21
Hos. 3:5Yr 3:22; 50:4
Hos. 3:5Yr 30:9; Ezk 34:23; 37:22; Am 9:11; Lk 1:32; Ivh 22:16
Hos. 3:5Zb 130:4; Yr 33:9
Hos. 3:5Gus 4:30; Mik 4:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 3:1-5

Hoseya

3 Yehova yongera kumbwira ati: “Subira ugende, ukunde umugore akundwa n’uwundi mugabo+ kandi arenga ibigo, nk’uko Yehova akunda bene Isirayeli+ ariko bo bakitura izindi mana+ kandi bagakunda udutsima tw’inzabibu zumye+.”

2 Nuko ndamugura ibiceri vy’ifeza cumi na bitanu+ n’ingero yitwa homeri imwe n’igice ya sayiri*. 3 Maze ndamubwira nti: “Uzomara imisi myinshi uri uwanje+. Ntuze ukore ubusambanyi+, kandi ntuze wegukire uwundi mugabo+; nanje nzoba uwawe.”

4 Kuko bene Isirayeli bazomara imisi myinshi ata mwami bagira+, ata muganwa, ata kimazi+, ata nkingi, ata efodi*+ na terafimu*+. 5 Mu nyuma bene Isirayeli bazogaruka barondere koko Yehova Imana yabo+, na Dawidi umwami wabo+; egome, bazoza kuri Yehova+ no ku kumera neza kwiwe badegedwa, mu kiringo ca nyuma c’imisi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika