ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 22
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 22:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:10; Yb 42:8; 2Kr 5:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2017, rup. 28-29

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2005, rup. 26-27

Yobu 22:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:8; Yr 9:24
  • +Yb 2:3; Img 11:20; 27:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2005, rup. 26

Yobu 22:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:9

Yobu 22:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:8; 4:7

Yobu 22:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:19; 42:7

Yobu 22:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:17; 42:8

Yobu 22:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:25

Yobu 22:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “uduhungu tutagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:7; Img 29:12; 31:21

Yobu 22:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 18:9

Yobu 22:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:3
  • +Zb 147:4

Yobu 22:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:23
  • +Yb 4:19

Yobu 22:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:11

Yobu 22:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:14; Mt 5:45; Ivk 14:17
  • +Yb 21:16

Yobu 22:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:42

Yobu 22:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 11:13

Yobu 22:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:5

Yobu 22:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:28; Yb 28:16; Zb 45:9; Yes 13:12

Yobu 22:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 33:6

Yobu 22:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:4
  • +Yb 27:10

Yobu 22:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 65:2
  • +Zb 116:14; Ums 5:4

Yobu 22:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:18

Yobu 22:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:18; 29:23; Yak 4:6; 1Pt 5:5
  • +Zb 138:6; Yes 66:2; Lk 18:13

Yobu 22:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:16; 2Pt 2:9
  • +Zb 24:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 22:2Kv 3:10; Yb 42:8; 2Kr 5:20
Yobu 22:3Img 15:8; Yr 9:24
Yobu 22:3Yb 2:3; Img 11:20; 27:11
Yobu 22:4Zb 7:9
Yobu 22:5Yb 1:8; 4:7
Yobu 22:6Yb 31:19; 42:7
Yobu 22:7Yb 31:17; 42:8
Yobu 22:8Yb 31:25
Yobu 22:9Yb 42:7; Img 29:12; 31:21
Yobu 22:10Yb 18:9
Yobu 22:12Zb 115:3
Yobu 22:12Zb 147:4
Yobu 22:16Zb 55:23
Yobu 22:16Yb 4:19
Yobu 22:17Yes 30:11
Yobu 22:18Zb 17:14; Mt 5:45; Ivk 14:17
Yobu 22:18Yb 21:16
Yobu 22:19Zb 107:42
Yobu 22:22Yb 11:13
Yobu 22:23Yb 8:5
Yobu 22:241Bm 9:28; Yb 28:16; Zb 45:9; Yes 13:12
Yobu 22:25Yes 33:6
Yobu 22:26Zb 37:4
Yobu 22:26Yb 27:10
Yobu 22:27Zb 65:2
Yobu 22:27Zb 116:14; Ums 5:4
Yobu 22:28Img 4:18
Yobu 22:29Img 16:18; 29:23; Yak 4:6; 1Pt 5:5
Yobu 22:29Zb 138:6; Yes 66:2; Lk 18:13
Yobu 22:30It 19:16; 2Pt 2:9
Yobu 22:30Zb 24:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 22:1-30

Yobu

22 Elifazi Umutemani arishura ati:

 2 “Mbega umuntu w’umugabo yogira ico amariye Imana+,

Ngo uwufise ugutahura kwimbitse agire ico amaze kuri yo?

 3 Hari agahimbare Mushoboravyose agira ngo ni uko ugororotse+,

Canke hari inyungu ahakura ngo ni uko urinda inzira yawe umugayo+?

 4 Mbega azogukangira ku bw’ugutinya Imana kwawe,

Mbega azozanana nawe mu ntahe+?

 5 Mbega ububi bwawe ntibumaze kurenga urugero+,

Canke amakosa yawe ntazogira iherezo?

 6 Kuko utwara ingwati bene wanyu ata mpamvu+,

Ukambura n’impuzu abagenda gusa.

 7 Uwurushe ntumuha utuzi two kunywa,

N’uwushonje ntumunutsa umukate+.

 8 Nayo umuntu w’inkomezi, igihugu ni rwiwe+,

Kandi uwugirirwa nkunzi ni we akibamwo.

 9 Abapfakazi wabarungitse iminwe misa,

Amaboko y’impfuvyi* arajanjagurwa+.

10 Ni co gituma imitego y’inyoni igukikuje hose+,

N’ubwoba bw’agacavutu bukaguhagarika umutima;

11 Canke umwiza, ku buryo udashobora kubona,

N’amazi y’agasenga asuriranya akagupfuka.

12 Mbega Imana ntiri hejuru nk’ijuru+?

Shaka urabe n’igitigiri cose hamwe c’inyenyeri+, ubone ingene ziri hejuru.

13 Yamara wavuze ngo: ‘Imana izi iki vy’ukuri?

Yoca urubanza icishije mu muzimagiza w’umuzitanya?

14 Ibicu ni ubwihisho bwayo ku buryo itabona,

Kandi ku muheto w’ijuru ni ho igendagendera.’

15 Mbega uzoguma wumiye ku nzira ya kera,

Iyo abantu bakora ikibi bahonyoyemwo,

16 Abakuweho igihe cabo kitaragera+,

Umushinge+ wabo ugasabagira nk’uruzi,

17 Ababwira Imana y’ukuri ngo: ‘Tuveko+!

Mbega Mushoboravyose yotugira iki?’

18 Yamara ni we yujuje amazu yabo ivyiza+;

Kandi impanuro y’ababisha yagumye kure yanje+.

19 Abagororotsi bazobibona banezerwe+,

Intungane na yo izobatwengera mw’ijigo iti:

20 ‘Vy’ukuri abaturwanya bazimanganijwe;

N’ibisigarira vyabo umuriro uzobirigata.’

21 Ndakwinginze umenyane na we, wibere amahoro;

Ni ho ivyiza bizoza iwawe.

22 Ndakwinginze wakire itegeko mu kanwa kiwe,

Ushire amajambo yiwe mu mutima wawe+.

23 Niwagaruka kuri Mushoboravyose+, uzokwubakwa;

Niwagumiza ibitagororotse kure y’ihema ryawe,

24 Ubutare bw’agaciro nibwashirwa mu mukungugu

N’inzahabu y’i Ofiri+ igashirwa mu gitandara co mu myonga,

25 Mushoboravyose rero azokubera ubutare bw’agaciro,

Akubere n’ifeza, zimwe nzizanziza+.

26 Kuko ari ho Mushoboravyose azogusosera+,

Kandi uzoraramurira amaso Imana ubwayo+.

27 Uzoyinginga, na yo ikwumve+;

Indagano zawe uzozishitsa+.

28 Uzofata ingingo y’ikintu, irame;

Kandi umuco uzokayanganira ku nzira zawe+.

29 Kuko habwirizwa kuba agateterwe niwavugana akagaye+;

Ariko uw’amaso yiyunamiye ni we izokiza+.

30 Izotabara umuntu w’intungane+,

Kandi uzotabarwa koko ku bw’ukudahumana kw’ibiganza vyawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika