ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Hoseya 11:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:8; Yr 2:2; Ezk 16:6
  • +Kv 4:22; Mt 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 24

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 201

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 10

Hoseya 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:2; 2Ng 36:15; Zk 1:4
  • +2Ng 36:16; Yes 30:9
  • +Abc 2:13; 3:7; 1Bm 16:31; 18:19; 2Bm 17:16; Hs 2:13
  • +1Bm 12:33; Yes 65:7; Yr 18:15; Hs 13:2

Hoseya 11:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:2
  • +Gus 1:31; 33:27; Yes 40:11; 46:3; 63:9
  • +Kv 15:26; Zb 103:3; Yes 30:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 28

    1/11/2005, rup. 21

Hoseya 11:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:14; Yes 63:9; Yoh 6:44
  • +Lw 26:13
  • +Zb 78:24; 105:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 28

    1/11/2005, rup. 21

Hoseya 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:3
  • +2Bm 17:13; Yr 8:5; Am 4:6

Hoseya 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:31; Yr 5:17
  • +Ezk 20:47; Mal 4:1
  • +Yes 30:1

Hoseya 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:57; Yr 3:6; 8:5

Hoseya 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 6:4
  • +Yr 9:7
  • +It 10:19; Gus 29:23
  • +It 14:8
  • +Gus 32:36; Yr 31:20

Hoseya 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:38
  • +Yr 30:11
  • +Gh 23:19; Yes 55:8; Mal 3:6
  • +Yes 12:6

Hoseya 11:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:5
  • +Yes 31:4
  • +Yw 3:16; Am 1:2
  • +Zk 8:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 156

Hoseya 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:11; Zk 10:10
  • +Yes 11:12; 60:8
  • +Yr 23:6; Ezk 28:25; 37:21; Am 9:14

Hoseya 11:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:36; Yes 29:13; Mik 6:12
  • +2Bm 18:5; 2Ng 29:2; Zb 89:18; Hs 4:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Hos. 11:1Gus 7:8; Yr 2:2; Ezk 16:6
Hos. 11:1Kv 4:22; Mt 2:15
Hos. 11:2Gus 29:2; 2Ng 36:15; Zk 1:4
Hos. 11:22Ng 36:16; Yes 30:9
Hos. 11:2Abc 2:13; 3:7; 1Bm 16:31; 18:19; 2Bm 17:16; Hs 2:13
Hos. 11:21Bm 12:33; Yes 65:7; Yr 18:15; Hs 13:2
Hos. 11:3Gus 8:2
Hos. 11:3Gus 1:31; 33:27; Yes 40:11; 46:3; 63:9
Hos. 11:3Kv 15:26; Zb 103:3; Yes 30:26
Hos. 11:42Sm 7:14; Yes 63:9; Yoh 6:44
Hos. 11:4Lw 26:13
Hos. 11:4Zb 78:24; 105:40
Hos. 11:52Bm 17:3
Hos. 11:52Bm 17:13; Yr 8:5; Am 4:6
Hos. 11:6Lw 26:31; Yr 5:17
Hos. 11:6Ezk 20:47; Mal 4:1
Hos. 11:6Yes 30:1
Hos. 11:7Zb 78:57; Yr 3:6; 8:5
Hos. 11:8Hs 6:4
Hos. 11:8Yr 9:7
Hos. 11:8It 10:19; Gus 29:23
Hos. 11:8It 14:8
Hos. 11:8Gus 32:36; Yr 31:20
Hos. 11:9Zb 78:38
Hos. 11:9Yr 30:11
Hos. 11:9Gh 23:19; Yes 55:8; Mal 3:6
Hos. 11:9Yes 12:6
Hos. 11:10Yes 2:5
Hos. 11:10Yes 31:4
Hos. 11:10Yw 3:16; Am 1:2
Hos. 11:10Zk 8:7
Hos. 11:11Yes 11:11; Zk 10:10
Hos. 11:11Yes 11:12; 60:8
Hos. 11:11Yr 23:6; Ezk 28:25; 37:21; Am 9:14
Hos. 11:12Zb 78:36; Yes 29:13; Mik 6:12
Hos. 11:122Bm 18:5; 2Ng 29:2; Zb 89:18; Hs 4:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Hoseya 11:1-12

Hoseya

11 “Igihe Isirayeli yari agahungu naramukunda+, kandi nahamagaye umwana wanje ngo ave mu Misiri+.

2 “Uko babahamagara+, ni ko baja kure yabo+. Batanguye gushikanira ibimazi ibishusho vya Bayali+, batangura no gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi ibishusho bibajwe+. 3 Mugabo jewe narigishije Efurayimu gutambuka+, ndabatwara mu maboko+; ntibamenye yuko nari narabakijije+. 4 Nagumye ndabakwegesha imigozi y’umuntu yakuwe mw’ivu, imigozi y’urukundo+, ndababera nk’abakura ingǒgo* mu mibangabanga yabo+, kandi mu bwitonzi nzanira ibifungurwa umwumwe wese+. 5 Ntazosubira mu gihugu ca Misiri, mugabo Ashuri izoba umwami wiwe+, kuko banse kugaruka+. 6 Kandi inkota izozunguruka mu bisagara vyiwe+, ikureho ibihindizo vyiwe, irigate+, kubera inama zabo+. 7 Abantu banje biyemeje kumpemukira+. Babahamagara berekeza hejuru; nta n’umwe ahaguruka.

8 “Noshobora nte kuguheba ga Efurayimu+? Noshobora nte kugutanga ga Isirayeli+? Noshobora nte kukugira nka Adima+? Noshobora nte kuguhindura nka Zeboyimu+? Umutima wanje wahindutse muri jewe+; muri ico gihe nyene impuhwe zanje zisigaye zishushe. 9 Sinzokwerekana ishavu ryanje rirurumba+. Sinzokwongera guhonya Efurayimu+, kuko ndi Imana+, ntari umuntu, Umweranda hagati muri wewe+; sinzoza mfise uburake. 10 Bazogenda bakurikira Yehova+. Azoroha nk’intambwe+; kuko we azoroha+, maze abana biwe bakaza bajugumira bavuye mu burengero+. 11 Bazoza bavuye mu Misiri bajugumira nk’inyoni+, no mu gihugu ca Ashuri bajugumira nk’inuma+; kandi nzotuma koko baba mu mazu yabo,” ni ko Yehova avuze+.

12 “Efurayimu yankikuje ukubesha+, inzu ya Isirayeli na yo inkikuza ubuhendanyi. Mugabo Yuda aracagendana n’Imana+, kandi ni umwizigirwa kuri wa Mweranda Rwose.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika