ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Filemoni
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Filemoni 1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 4:1
  • +Ivk 16:1; Heb 13:23
  • +Fp 2:25

Filemoni 2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:17
  • +2Tm 2:3
  • +Rm 16:5; 1Kr 16:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 31

Filemoni 3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:7

Filemoni 4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:16; 1Ts 1:2

Filemoni 5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:15; Kl 1:4

Filemoni 6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 5:6

Filemoni 7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ikibabarwe.” Mu kigiriki ni “amara,” bikerekeza ku kanyengetera ko mu mutima gashika kure.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 7:13
  • +2Tm 1:16; Heb 6:10

Filemoni 8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:13

Filemoni 9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 8:8; Gl 5:13
  • +2Tm 1:8

Filemoni 10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 4:19
  • +1Kr 4:15
  • +Kl 4:9

Filemoni 11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 31

Filemoni 12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 20

Filemoni 13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:30
  • +Ef 6:20; Fp 1:7

Filemoni 14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:7; 1Pt 5:2

Filemoni 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 31

Filemoni 16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:22
  • +Kl 3:22
  • +1Tm 6:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 31

Filemoni 17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 8:23
  • +Rm 15:7

Filemoni 19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 6:11

Filemoni 20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 12

Filemoni 21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 31

Filemoni 22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 28:23
  • +Ivk 12:5
  • +Fp 2:24

Filemoni 23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:7; 4:12

Filemoni 24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:29; 27:2; Kl 4:10
  • +Kl 4:14; 2Tm 4:10

Filemoni 25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 6:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 12-13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Flm. 1Ef 4:1
Flm. 1Ivk 16:1; Heb 13:23
Flm. 1Fp 2:25
Flm. 2Kl 4:17
Flm. 22Tm 2:3
Flm. 2Rm 16:5; 1Kr 16:19
Flm. 3Rm 1:7
Flm. 4Ef 1:16; 1Ts 1:2
Flm. 5Ef 1:15; Kl 1:4
Flm. 6Gl 5:6
Flm. 72Kr 7:13
Flm. 72Tm 1:16; Heb 6:10
Flm. 81Tm 6:13
Flm. 92Kr 8:8; Gl 5:13
Flm. 92Tm 1:8
Flm. 10Gl 4:19
Flm. 101Kr 4:15
Flm. 10Kl 4:9
Flm. 112Tm 4:11
Flm. 12Fm 20
Flm. 13Fp 2:30
Flm. 13Ef 6:20; Fp 1:7
Flm. 142Kr 9:7; 1Pt 5:2
Flm. 161Kr 7:22
Flm. 16Kl 3:22
Flm. 161Tm 6:2
Flm. 172Kr 8:23
Flm. 17Rm 15:7
Flm. 19Gl 6:11
Flm. 20Fm 12
Flm. 21Fp 2:2
Flm. 22Ivk 28:23
Flm. 22Ivk 12:5
Flm. 22Fp 2:24
Flm. 23Kl 1:7; 4:12
Flm. 24Ivk 19:29; 27:2; Kl 4:10
Flm. 24Kl 4:14; 2Tm 4:10
Flm. 25Gl 6:18
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Filemoni 1-25

Filemoni

1 Jewe Paulo imbohe+ ku bwa Kristu Yezu, na Timoteyo+ mwene wacu, turakwandikiye wewe Filemoni umukundwa wacu akaba n’umukozi mugenzi wacu+, 2 na Afiya mushiki wacu, na Arikipo+ umusoda+ mugenzi wacu, n’ishengero riri mu nzu yawe+:

3 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.

4 Nama nkengurukira Imana yanje iyo ndagushize mu masengesho yanje+, 5 kuko nguma numva ivy’urukundo rwawe n’ukwizera ufise ku Mukama Yezu no ku beranda bose+; 6 kugira ngo ushiruke ubute mu gusangira n’abandi ukwizera+ kwawe kuko uzi yuko ikintu ciza cose muri twebwe kijanye na Kristu. 7 Kuko nagize akanyamuneza kenshi nkumva mpojejwe cane bitewe n’urukundo rwawe+, kubera ko imitima* y’aberanda yaruhuriwe+ biciye kuri wewe, mwene wacu.

8 Ku bw’iyo mvo nyene, naho nari mfise umwidegemvyo mwinshi wo kuvuga mu bijanye na Kristu n’ububasha bwo kugutegeka+ gukora ikibereye, 9 nshimye kuguhimiriza riho nishimikije urukundo+, kubera ko ndi uko ndi, Paulo umutama, egome, ubu nkaba kandi ndi imbohe+ ku bwa Kristu Yezu; 10 ndiko nguhimiriza ku vyerekeye umwana wanje+, uwo nabereye nka se+ ndi mu mvuto, ari we Onezime+, 11 umwe ata co yari akumariye kera mugabo ubu akaba akimariye wewe na jewe+. 12 Uwo nyene ni we nkugarukaniye, egome, uwo, we bura bwanje+.

13 Nari gushima kumwigumiriza kugira ngo agume ankorera mu kibanza cawe+ mu mvuto+ ndimwo ku bw’inkuru nziza. 14 Mugabo sinshaka gukora ikintu na kimwe utavyemeye, kugira ngo igikorwa cawe ciza ntikibe igikozwe ku gahato, ahubwo kibe ikivuye ku gushaka kwawe+. 15 Kumbure mu vy’ukuri iki ni co catumye atoroka isaha imwe, kugira ngo wongere umuronke ku bw’ibihe vyose, 16 atakiri umushumba+ ahubwo aruta umushumba+, ari umuvukanyi mukundwa+, canecane kuri jewe, yamara bikarushiriza kuri wewe mu bucuti bw’umubiri no mu Mukama. 17 Nimba rero umbona nk’uwufatanije na wewe+, numwakirane+ ubuntu nk’uko wonyakira. 18 Vyongeye, nimba hari ikibi yagukoreye canke hakaba hari ico agufitiye, ivyo ubimparureko. 19 Jewe Paulo nanditse n’ukuboko kwanje bwite+: nzovyishura . . . siniriwe ndakubwira yuko n’ubuzima bwawe ubukesha jewe. 20 Egome, mwene wacu, ese nogira ico nungukiye kuri wewe mu bijanye n’Umukama: nuruhurire umutima wanje+ mu bijanye na Kristu.

21 Ndakwandikiye nizigiye ko ugamburuka, nzi yuko uzokora n’ibiruta ivyo mvuze+. 22 Mugabo uretse ivyo, untegurire kandi uburaro+, kuko nizigiye yuko biciye ku masengesho+ yanyu nzobarekurirwa+.

23 Epafura+ imbohe mugenzanje mu bumwe na Kristu Yezu arakuramutsa, 24 na Mariko, Arisitariko+, Dema+, Luka, abakozi bagenzanje.

25 Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama Yezu Kristu bubane n’agatima mwerekana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika