ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 35
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Nunkize abansi banje

        • Abansi bazoshwiragira (5)

        • Gushemeza Imana mw’isinzi ry’abantu (18)

        • «Banyankira ubusa» (19)

Zaburi 35:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 24:15
  • +Zb 3:7

Zaburi 35:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:3
  • +Yes 42:13

Zaburi 35:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ishoka irimwo zibiri.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 23:26
  • +Yes 12:2

Zaburi 35:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 17:18

Zaburi 35:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 14:19, 20; Yes 37:36

Zaburi 35:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:6; 141:10

Zaburi 35:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:17
  • +Zb 40:17; Img 22:22, 23

Zaburi 35:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:12; Mt 26:59

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 14

Zaburi 35:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 19:4, 5; 20:33; Yr 18:20

Zaburi 35:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ariko isengesho rikagaruka mu gikiriza canje.»

Zaburi 35:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «barantwengera mw’ijigo kugira baronke umukate.»

  • *

    Canke «amenyo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:12

Zaburi 35:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «intambwe z’imikangara zifise ivyoya kw’izosi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 1:13
  • +Zb 142:6
  • +Zb 22:20; 57:4

Zaburi 35:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:22

Zaburi 35:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:4; Yoh 15:24, 25
  • +Img 6:12, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 20

Zaburi 35:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:13; Yr 11:19; Mt 26:4

Zaburi 35:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:1
  • +Zb 10:1; 71:12

Zaburi 35:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 26:1; 96:13

Zaburi 35:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 41:1, 2

Zaburi 35:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 84:11; 149:4

Zaburi 35:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ruzozirikana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:14
  • +Zb 71:24

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 35:11Sm 24:15
Zab. 35:1Zb 3:7
Zab. 35:2Kv 15:3
Zab. 35:2Yes 42:13
Zab. 35:31Sm 23:26
Zab. 35:3Yes 12:2
Zab. 35:4Yr 17:18
Zab. 35:5Kv 14:19, 20; Yes 37:36
Zab. 35:8Zb 57:6; 141:10
Zab. 35:10Zb 18:17
Zab. 35:10Zb 40:17; Img 22:22, 23
Zab. 35:11Zb 27:12; Mt 26:59
Zab. 35:121Sm 19:4, 5; 20:33; Yr 18:20
Zab. 35:16Zb 37:12
Zab. 35:17Hab 1:13
Zab. 35:17Zb 142:6
Zab. 35:17Zb 22:20; 57:4
Zab. 35:18Zb 22:22
Zab. 35:19Zb 69:4; Yoh 15:24, 25
Zab. 35:19Img 6:12, 13
Zab. 35:20Zb 31:13; Yr 11:19; Mt 26:4
Zab. 35:22Zb 28:1
Zab. 35:22Zb 10:1; 71:12
Zab. 35:24Zb 26:1; 96:13
Zab. 35:25Zb 41:1, 2
Zab. 35:27Zb 84:11; 149:4
Zab. 35:28Zb 51:14
Zab. 35:28Zb 71:24
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 35:1-28

Zaburi

Ni zaburi ya Dawidi.

35 Ewe Yehova, nuburanye abamburanya+,

urwanye abandwanya+.

 2 Tora inkinzo yawe ntoyi be n’iyagutse+,

uhaguruke undwanire+.

 3 Tora icumu ryawe n’ishoka* yawe urwanye abankurikirana+,

maze umbwire uti: «Ni jewe bukiriro bwawe+.»

 4 Ese abahiga ubuzima bwanje bomaramara bagateterwa+!

Abarondera kunyica nibasubire inyuma bishwe n’ibimaramare.

 5 Nibamere nk’umuguruka imbere y’umuyaga,

umumarayika wa Yehova abashwiragize+.

 6 Inzira yabo nicike umwiza n’ahantu hanyerera,

igihe umumarayika wa Yehova ariko arabakurikirana.

 7 Kuko banyegeje urusenga ngo ndarugwemwo bampora ubusa,

bakimba ikinogo ngo ndakigwemwo ata co bampora.

 8 Ese ivyago vyobazako giturumbuka,

urusenga banyegeje akaba ari bo rufata!

Ese borugwamwo bagatikira+!

 9 Ariko jeho nzonezerwa kubera Yehova,

mpimbarirwe ubukiriro atanga.

10 Nzovuga n’umutima wanje wose nti:

«Ewe Yehova, ni nde ameze nkawe,

wewe urokora abagorwa ukabakiza ababarusha inguvu+,

umugorwa n’umworo ukabakiza ababanyaga utwabo+?»

11 Ivyabona vy’ibinyoma biraza+

bikambaza ibintu ntazi.

12 Banyishura ikibi ku ciza+,

bigatuma ngira intuntu nyinshi.

13 Igihe bari barwaye, nambara amagunira

nkongera nkibabaza mu kwisonzesha.

Igihe na ho naba nsenze ariko sinishurwe*,

14 nagenda nk’uwugandariye umugenzi canke mwenewacu,

nkunama nishwe n’intuntu nk’uwugandariye nyina wiwe.

15 Ariko igihe natsitara, bararyohewe maze bakoranira hamwe.

Baragiye hamwe barambundira kugira bantere.

Barantabaguye kandi ntibigeze bahora.

16 Abantu batubaha Imana barantwengera mw’ijigo*,

bakampekenyera imisaya*+.

17 Ewe Yehova, uzobirabisha amaso gusa gushika ryari+?

Nunkize ibitero vyabo+,

ubuzima bwanje bw’agaciro ubukure mu vyara vy’intambwe*+.

18 Nzoheza ndagushimire ndi mw’ishengero+ rinini,

ndagushemeze ndi mw’isinzi ry’abantu.

19 Ntureke ngo abanyankira ubusa+ banyirateko.

Ntureke ngo bavunanire ingohe barondera kungirira nabi+.

20 Kuko batipfuriza abandi amahoro,

ahubwo baguma bapanga imigambi yo kugirira nabi abantu bitekaniye+.

21 Barataburura akanwa kugira banyagirize,

bakavuga ngo: «Emwe, twavyiboneye!»

22 Ivyo warabibonye, ewe Yehova! Ntugume wihoreye+.

Ewe Yehova, ntugume kure yanje+.

23 Vyuka, uhaguruke umburanire.

Ewe Mana yanje Yehova, numburanire mu rubanza rwanje!

24 Nuncire urubanza wisunze ubutungane bwawe+, ewe Yehova Mana yanje!

Ntureke ngo banyirateko.

25 Ese batokwigera bavuga ngo: «Aho rero! Turaronse ico twarondera!»

Ese batokwigera bavuga ngo: «Twamurokeje+!»

26 Abo bose banezerwa n’ivyago vyanje

nibamaramare barye ivyatsi.

Abanyiratako nibambare ibimaramare n’agateterwe.

27 Ariko abahimbarwa n’ubugororotsi bwanje nibanezerwe.

Ese bokwama bavuga bati:

«Yehova nashemezwe, we ahimbarwa n’uko umusavyi wiwe agira amahoro+!»

28 Maze ururimi rwanje ruzovuga* ivy’ubugororotsi bwawe+

kandi rugushemeze burinde bwira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika