ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe: ibirimwo

      • Muze musengere ahantu Imana izoba yaratoye (1-14)

      • Muze murye inyama ariko ntimuze murye amaraso (15-28)

      • Ntimuzogwe mu mutego wo gusenga izindi mana (29-32)

Gusubira mu vyagezwe 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:13

Gusubira mu vyagezwe 12:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Insiguro y’amajambo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:24
  • +Gus 7:25
  • +Kv 23:13; Yos 23:7

Gusubira mu vyagezwe 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3; Gus 12:31

Gusubira mu vyagezwe 12:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «habe.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 7:12

Gusubira mu vyagezwe 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3
  • +Gus 14:22
  • +Gh 18:19; Gus 12:11
  • +1Ng 29:9; Ezr 2:68
  • +Gus 12:17; 15:19

Gusubira mu vyagezwe 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:19, 20
  • +Lw 23:40; Gus 12:12, 18; 14:23, 26; Zb 32:11; 100:2; Fp 4:4

Gusubira mu vyagezwe 12:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyo yiyumvira ko bibereye.»

Gusubira mu vyagezwe 12:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:56; 1Ng 23:25

Gusubira mu vyagezwe 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 3:17
  • +Gus 33:28; 1Bm 4:25

Gusubira mu vyagezwe 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:2; 26:2
  • +Gus 14:22, 23

Gusubira mu vyagezwe 12:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu marembo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:26; 1Bm 8:66; Neh 8:10
  • +Gh 18:20, 24; Gus 10:9; 14:28, 29; Yos 13:14

Gusubira mu vyagezwe 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:3, 4; 1Bm 12:28

Gusubira mu vyagezwe 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 7:12

Gusubira mu vyagezwe 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:21

Gusubira mu vyagezwe 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 7:26; 17:10; Ivk 15:20, 29
  • +Lw 17:13; Gus 15:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2000, rup. 30

Gusubira mu vyagezwe 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:22, 23

Gusubira mu vyagezwe 12:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:11; 14:26

Gusubira mu vyagezwe 12:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:21; Gus 14:27; 2Ng 31:4; Neh 10:38, 39; Mal 3:8

Gusubira mu vyagezwe 12:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 4:21
  • +It 15:18; Kv 34:24; Gus 11:24
  • +Lw 11:2-4

Gusubira mu vyagezwe 12:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:23; 2Ng 7:12

Gusubira mu vyagezwe 12:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:4, 5

Gusubira mu vyagezwe 12:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ubuzima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:17; Gus 12:16
  • +It 9:4; Lw 17:11, 14

Gusubira mu vyagezwe 12:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:13; Gus 15:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2000, rup. 30

Gusubira mu vyagezwe 12:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:11
  • +Lw 4:29, 30

Gusubira mu vyagezwe 12:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:23; Zb 44:2; 78:55

Gusubira mu vyagezwe 12:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:16; Zb 106:36; Ezk 20:28

Gusubira mu vyagezwe 12:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3, 21; 20:2; Gus 18:10-12; Yr 32:35

Gusubira mu vyagezwe 12:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 22:5
  • +Gus 4:2; Yos 1:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 12:2Kv 34:13
Gus. 12:3Kv 23:24
Gus. 12:3Gus 7:25
Gus. 12:3Kv 23:13; Yos 23:7
Gus. 12:4Lw 18:3; Gus 12:31
Gus. 12:52Ng 7:12
Gus. 12:6Lw 1:3
Gus. 12:6Gus 14:22
Gus. 12:6Gh 18:19; Gus 12:11
Gus. 12:61Ng 29:9; Ezr 2:68
Gus. 12:6Gus 12:17; 15:19
Gus. 12:7Gus 15:19, 20
Gus. 12:7Lw 23:40; Gus 12:12, 18; 14:23, 26; Zb 32:11; 100:2; Fp 4:4
Gus. 12:91Bm 8:56; 1Ng 23:25
Gus. 12:10Yos 3:17
Gus. 12:10Gus 33:28; 1Bm 4:25
Gus. 12:11Gus 16:2; 26:2
Gus. 12:11Gus 14:22, 23
Gus. 12:12Gus 14:26; 1Bm 8:66; Neh 8:10
Gus. 12:12Gh 18:20, 24; Gus 10:9; 14:28, 29; Yos 13:14
Gus. 12:13Lw 17:3, 4; 1Bm 12:28
Gus. 12:142Ng 7:12
Gus. 12:15Gus 12:21
Gus. 12:16It 9:4; Lw 7:26; 17:10; Ivk 15:20, 29
Gus. 12:16Lw 17:13; Gus 15:23
Gus. 12:17Gus 14:22, 23
Gus. 12:18Gus 12:11; 14:26
Gus. 12:19Gh 18:21; Gus 14:27; 2Ng 31:4; Neh 10:38, 39; Mal 3:8
Gus. 12:201Bm 4:21
Gus. 12:20It 15:18; Kv 34:24; Gus 11:24
Gus. 12:20Lw 11:2-4
Gus. 12:21Gus 14:23; 2Ng 7:12
Gus. 12:22Gus 14:4, 5
Gus. 12:23Lw 3:17; Gus 12:16
Gus. 12:23It 9:4; Lw 17:11, 14
Gus. 12:24Lw 17:13; Gus 15:23
Gus. 12:27Lw 17:11
Gus. 12:27Lw 4:29, 30
Gus. 12:29Kv 23:23; Zb 44:2; 78:55
Gus. 12:30Gus 7:16; Zb 106:36; Ezk 20:28
Gus. 12:31Lw 18:3, 21; 20:2; Gus 18:10-12; Yr 32:35
Gus. 12:32Yos 22:5
Gus. 12:32Gus 4:2; Yos 1:7
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Gusubira mu vyagezwe 12:1-32

Gusubira mu vyagezwe

12 Ng’aya amategeko n’ingingo muzokwitwararika gukurikiza imisi yose muzoba muri mu gihugu Yehova Imana ya ba sokuruza banyu azobaha ngo mucigarurire. 2 Mukwiye gukuraho burundu ibibanza vyose amahanga mugira mwirukane yahora asengeramwo imana zayo+, haba ku misozi miremire, ku mitumba canke munsi y’ibiti bitotahaye. 3 Muze musiture ibicaniro vyabo, mumenagure inkingi nyeranda zabo z’amabuye+, muturire ibikingi vyabo vyeranda vy’ibiti* mwongere mwicire ibishusho bibajwe vy’imana zabo+. Muze mufute amazina yazo muri ico kibanza+.

4 Ntimuze musenge Yehova Imana yanyu nk’uko ayo mahanga asenga imana zayo+. 5 Ahubwo muzoja gusengera Yehova Imana yanyu ahantu azoba yatoye mu miryango yanyu yose ngo hitirirwe* izina ryiwe yongere ahabe+. 6 Aho ni ho muzozana amashikanwa yanyu aturirwa+, ibimazi, ivy’icumi+, intererano+, amashikanwa yo gushitsa indagano, amashikanwa mutanga muvyishakiye+ hamwe n’ibitungwa bivutse ubwa mbere mu bitungwa vyanyu+. 7 Aho ni ho mwe n’imiryango yanyu muzobirira imbere ya Yehova+, muhimbarirwe ivyo mwakoze vyose+ kuko Yehova Imana yanyu azoba yabahezagiye.

8 Ntimuze mwigire nk’ibi turiko turigira ng’aha uno musi, aho umwe wese akora ivyo yishakiye*, 9 kuko mutarinjira ahantu muzoruhukira+, ahantu h’intoranwa Yehova Imana yanyu agira abahe. 10 Nimwajabuka Yorodani+ mukaba mu gihugu Yehova Imana yanyu agira abahe, azobakingira abansi bose babakikuje, muheze mwibere mu mutekano+. 11 Muzozana ibintu vyose ndababwiye ahantu Yehova Imana yanyu azoba yatoye ngo hitirirwe izina ryiwe+, ni ukuvuga amashikanwa aturirwa, ibimazi, ivy’icumi+, intererano n’amashikanwa yose yo gushitsa ivyo mwasezeraniye Yehova. 12 Muzonezerwa imbere ya Yehova Imana yanyu+ mwe n’abahungu banyu, abakobwa banyu, abashumba banyu b’abagabo n’ab’abagore hamwe n’Abalewi baba mu bisagara* vyanyu, kuko ata mugabane canke intoranwa bahawe muri mwebwe+. 13 Muze mwiyubare ntimutangire amashikanwa yanyu aturirwa ahantu aho ari ho hose mubonye+. 14 Mutegerezwa kuyatangira gusa ahantu Yehova azoba yahisemwo mu karere k’umwe mu miryango yanyu. Aho ni ho muzokorera ibintu vyose ndabategetse+.

15 Ariko igihe cose muvyipfuje, murashobora kubaga igitungwa mukarya akanyama+ mu bisagara vyanyu vyose, bivanye n’ingene Yehova Imana yanyu azoba yabahezagiye. Uwuhumanye n’uwudahumanye bose barashobora kuzirya nka kurya barya ingeregere canke impongo. 16 Ariko ntimuze murye amaraso+. Mukwiye kuyasesa hasi nk’amazi+. 17 Ntimuzokwemererwa kurira mu bisagara vyanyu ic’icumi c’intete, ic’umuvinyu mushasha n’ic’amavuta, igitungwa kivutse ubwa mbere mu bitungwa vyanyu+, amashikanwa yo gushitsa indagano, amashikanwa mutanga muvyishakiye canke intererano mutanga. 18 Muzobirira imbere ya Yehova Imana yanyu, ahantu Yehova Imana yanyu azoba yahisemwo+. Muzobisangira n’abahungu banyu, abakobwa banyu, abashumba banyu b’abagabo n’ab’abagore hamwe n’Abalewi baba mu bisagara vyanyu. Muzohimbarirwa ivyo mwakoze vyose imbere ya Yehova Imana yanyu. 19 Muraba maso ntimuze mwirengagize Abalewi+ igihe cose muzoba muba mu gihugu canyu.

20 Yehova Imana yanyu niyamara kwagura akarere kanyu+ nk’uko yabibasezeraniye+, hanyuma mukavuga muti: “Dushaka kurya akanyama”, kubera mwumva mugakumbuye, muzokarya igihe cose muzoba mushatse+. 21 Ahantu Yehova Imana yanyu azoba yahisemwo gushira izina ryiwe+ nihababera kure, muzoshobora kubaga bimwe mu bitungwa vyanyu Yehova yabahaye nk’uko nabibategetse, muheze mubirire mu bisagara vyanyu igihe cose mushatse. 22 Muzobirya nka kurya murya ingeregere n’impongo+. Uwuhumanye n’uwudahumanye bose barashobora kubiryako. 23 Ariko muze mwiyubare ntimurye amaraso+, kuko amaraso ari bwo buzima+. Ntimuze murye inyama zikirimwo amaraso*. 24 Ntimuze murye amaraso. Mukwiye kuyasesa hasi nka kurya kw’amazi+. 25 Ntimuze muyarye kugira bibagendere neza mwe n’abana banyu, kuko muzoba mukoze ibintu vyiza mu maso ya Yehova. 26 Nimwaja ahantu Yehova azoba yatoye, muzotwara gusa ibintu vyanyu vyeranda n’amashikanwa yanyu yo gushitsa indagano. 27 Amashikanwa yanyu aturirwa, ni ukuvuga inyama n’amaraso+, muzobitangira ng’aho ku gicaniro ca Yehova Imana yanyu. Amaraso y’ibimazi vyanyu muzoyasuka iruhande y’igicaniro+ ca Yehova Imana yanyu, ariko inyama murashobora kuzirya.

28 Muze mwitwararike kugamburuka aya majambo yose ndabategetse kugira bizokwame bibagendera neza mwe n’uruvyaro rwanyu, kuko muzoba mukoze ibintu vyiza kandi bigororotse mu maso ya Yehova Imana yanyu.

29 Yehova Imana yanyu niyatikiza amahanga mugira mwomore+, hanyuma mukaba mu gihugu cabo, 30 muze mwiyubare ntimugwe mu mutego bamaze guhona bakava imbere yanyu. Ntimuze mubariritse ibijanye n’imana zabo ngo: “Aya mahanga yasenga imana zayo gute? Natwe tuzobigenza gutyo nyene+.” 31 Ntimuze musenge Yehova Imana yanyu muri ubwo buryo, kuko bahora bakorera imana zayo ibintu vyose bishisha kandi Yehova yanka, mbere bakanaturira abahungu babo n’abakobwa babo babahereza imana zabo+. 32 Muze mwitwararike gukurikiza amajambo yose ndabategetse+. Ntihaze hagire ico mwongerako, kandi ntihaze hagire ico mukurako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika