ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura: ibirimwo

      • Miriyamu na Aroni bidogera Musa (1-3)

        • Musa yaratekereza kuruta abantu bose (3)

      • Yehova aburanira Musa (4-8)

      • Miriyamu afatwa n’imibembe (9-16)

Guharura 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:16, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2009, rup. 26

    1/8/2004, rup. 26

    15/10/2002, rup. 28-29

Guharura 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:14-16, 30; 15:20; 28:30; Mik 6:4
  • +Gh 11:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2002, rup. 28-29

Guharura 12:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «umuntu yicisha bugufi cane», «umuntu yitonda cane.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2005, rup. 20

    1/4/2003, rup. 17-18

Guharura 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:5; Gh 11:25

Guharura 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1; 46:2; Kv 24:9-11
  • +It 31:10, 11

Guharura 12:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ni umwizigirwa mu nzu yanje yose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 3:2, 5

Guharura 12:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «umunwa ku wundi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:11; Gus 34:10

Guharura 12:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yera nka shelegi.» Shelegi ni utuvunjivunji twera cane dukoragurika nk’imvura. Mu gifaransa batwita neige.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:9
  • +2Ng 26:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 26

Guharura 12:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mukama wanje.»

Guharura 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:11; Yak 5:16

Guharura 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 13:45, 46; Gh 5:2

Guharura 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:9

Guharura 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:35; 33:18
  • +Gh 10:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 12:1Kv 2:16, 21
Guh. 12:2Kv 4:14-16, 30; 15:20; 28:30; Mik 6:4
Guh. 12:2Gh 11:1
Guh. 12:3Mt 11:29
Guh. 12:5Kv 34:5; Gh 11:25
Guh. 12:6It 15:1; 46:2; Kv 24:9-11
Guh. 12:6It 31:10, 11
Guh. 12:7Heb 3:2, 5
Guh. 12:8Kv 33:11; Gus 34:10
Guh. 12:10Gus 24:9
Guh. 12:102Ng 26:19
Guh. 12:13Kv 32:11; Yak 5:16
Guh. 12:14Lw 13:45, 46; Gh 5:2
Guh. 12:15Gus 24:9
Guh. 12:16Gh 11:35; 33:18
Guh. 12:16Gh 10:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Guharura 12:1-16

Guharura

12 Miriyamu na Aroni batangura kuvuga nabi Musa kubera yari yarongoye Umukushikazi+. 2 Baguma bavuga bati: «Mbega Yehova avuga biciye kuri Musa gusa? None ntahora avuga biciye no kuri twebwe+?» Ivyo vyose Yehova yariko aravyumva+. 3 Mugabo Musa yari umuntu atekereza cane* kurusha abantu bose+ bari kw’isi.

4 Ubwo nyene Yehova aca abwira Musa na Aroni na Miriyamu ati: «Mwese uko muri batatu nimugende kw’ihema ry’ibonaniro.» Bose baca baragenda. 5 Yehova aca amanuka muri ya nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Na bo baca begera imbere. 6 Ababwira ati: «Nimunyumvirize neza. Iyaba muri mwebwe harimwo umuhanuzi wanje jewe Yehova, nomwimenyesheje mw’iyerekwa+ kandi nkavugana na we mu ndoto+. 7 Ariko si ko biri ku musavyi wanje Musa! Ajejwe ihanga ryanje ryose*+. 8 Mvugana na we amaso mu yandi*+, ntomora, ata gufobeka. Arabona ishusho yanje jewe Yehova. Kuki none mwubahutse kuvuga nabi umusavyi wanje Musa?»

9 Yehova aca arabashavurira cane hanyuma arigira. 10 Ca gicu gica kiragenda, kiva hejuru y’ihema ry’ibonaniro. Miriyamu aca afatwa n’imibembe, asigara yera derere*+. Aroni ahindukiye kumuraba, asanga yafashwe n’imibembe+. 11 Aroni aca abwira Musa ati: «Databuja*, ndakwinginze ntureke ngo duhanirwe ico gicumuro. Twakoze ibintu vy’ubupfu! 12 Ndakwinginze ntumureke ngo agume ameze nk’umwana avutse yapfuye, igice c’umubiri wiwe camaze kubora!» 13 Musa aca atakambira Yehova ati: «Ewe Mana, ndakwinginze umukize, ndabigusavye+!»

14 Yehova yishura Musa ati: «Hamwe se wiwe yomucira mu maso, ntiyomara imisi indwi ari ikimaramare? Mureke amare imisi indwi ari ukwa wenyene hanze y’ikambi+, azoheza agaruke.» 15 Miriyamu aca amara imisi indwi ari ukwa wenyene hanze y’ikambi+. Abantu ntibasubiye gufata urugendo gushika Miriyamu agarutse. 16 Baraheza bava i Hazeroti+, baja gukambika mu bugaragwa bw’i Parani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika