Ibirimwo
1 Gitugutu 2011
Ibinyoma bitanu vyerekeye Imana bishirwa ku kabarore!
IBIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
4 Imana ni amayobera—Vyoba ari vyo?
5 Imana ntibabara abantu vy’ukuri—Vyoba ari vyo?
6 Imana irihora—Vyoba ari vyo?
7 Imana irarenganya—Vyoba ari vyo?
8 Imana iremera uburyo bwose bwo kuyisenga bivuye ku mutima—Vyoba ari vyo?
9 Ukuri kurashobora guhindura ubuzima bwawe
IVYAMA BISOHOKA
11 Abasomyi bacu barabaza . . .
12 Bibiliya irahindura ubuzima bw’abantu
15 Niwiyegereze Imana—Urashobora kuronka “ukumenya Imana”
16 Niwige Ijambo ry’Imana—Mworonka gute agahimbare mu muryango wanyu?
18 Niwigane ukwizera kwabo—Yaraburaniye abasavyi b’Imana
24 Niwigishe abana bawe—Ibiringo dukwiye kuguma turi maso
IYI NOMERO IRIMWO KANDI
14 ‘Ni abo gukezwa kubera banse kuyoboka’
26 Yeruzalemu ya kera yatikijwe ryari?—Kubera iki kubimenya bihambaye? Ibimenyamenya vyerekana iki?