ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Yehoyakini+ yari afise imyaka cumi n’umunani igihe yatangura kuganza, maze amara amezi atatu aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Nehushita umukobwa wa Elinatani w’i Yeruzalemu.

  • 2 Abami 25:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi Yehoyakini+ umwami wa Yuda ajanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi na kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri n’indwi w’ukwo kwezi, Evili-merodaki+ umwami wa Babiloni, mu mwaka yabereyemwo umwami, asohora*+ Yehoyakini umwami wa Yuda mu nzu y’ibohero;

  • Esiteri 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 yari yarajanywe mu bunyagano+ akuwe i Yeruzalemu ari kumwe n’abambukanywe bajanywe mu bunyagano kumwe na Yekoniya+ umwami wa Yuda, uwo Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni yatwaye mu bunyagano.

  • Yeremiya 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘naho wewe Koniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, woba uri impeta y’ikidodo+ ku kuboko kwanje kw’iburyo, nohagushikura+!

  • Yeremiya 37:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika