-
Yeremiya 52:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 Amaherezo mu mwaka ugira mirongo itatu n’indwi Yehoyakini+ umwami wa Yuda ajanywe mu bunyagano, mu kwezi kugira cumi na kabiri, ku musi ugira mirongo ibiri na gatanu w’ukwo kwezi, Evili-merodaki umwami wa Babiloni, mu mwaka yabereyemwo umwami, asohora*+ Yehoyakini umwami wa Yuda, amukura mu nzu y’ibohero.
-