ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:1; 65:2; 1Pt 3:12

Zaburi 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:4
  • +Zb 44:4; 74:12; 145:1; Yes 33:22
  • +Zb 65:2; Mt 6:9

Zaburi 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:17; 88:13
  • +Mr 1:35

Zaburi 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:14; Img 6:16; Hab 1:13; Yak 1:13
  • +Zb 15:1; 140:13; Img 12:19; Ivh 21:3

Zaburi 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:5; 1Kr 1:29
  • +Img 16:6; Hs 9:15; Mal 2:16; Rm 12:9; Heb 1:9

Zaburi 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:19; 20:19; Yoh 8:44; Kl 3:9; 1Tm 3:11; Ivh 21:8; 22:15
  • +It 4:10; 9:6; Zb 55:23; Yes 26:21
  • +Zb 119:163; Img 6:17; 12:19; Hs 4:2; 1Pt 3:10

Zaburi 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:1; 69:13; Yon 4:2
  • +1Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 84:10
  • +1Bm 8:29; Zb 28:2; 138:2

Zaburi 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:3; 25:5
  • +1Sm 18:14; Zb 27:11; 59:10
  • +Zb 25:4

Zaburi 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:2; 52:2
  • +Zb 58:2; Mik 6:12
  • +Zb 140:3; Rm 3:13
  • +Img 29:5; 1Ts 2:5; Yak 3:5

Zaburi 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:19
  • +2Sm 17:23; Zb 7:15
  • +2Sm 15:31; 2Ts 1:6
  • +1Sm 12:15; 15:23; Yes 1:20; 63:10; Ezk 20:21

Zaburi 5:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:16
  • +Zb 35:27
  • +Zb 34:3; 69:36

Zaburi 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:13; Img 10:6
  • +It 15:1; Zb 3:3; 84:11
  • +Zb 32:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 5:1Zb 55:1; 65:2; 1Pt 3:12
Zab. 5:2Zb 3:4
Zab. 5:2Zb 44:4; 74:12; 145:1; Yes 33:22
Zab. 5:2Zb 65:2; Mt 6:9
Zab. 5:3Zb 55:17; 88:13
Zab. 5:3Mr 1:35
Zab. 5:4Zb 89:14; Img 6:16; Hab 1:13; Yak 1:13
Zab. 5:4Zb 15:1; 140:13; Img 12:19; Ivh 21:3
Zab. 5:5Zb 1:5; 1Kr 1:29
Zab. 5:5Img 16:6; Hs 9:15; Mal 2:16; Rm 12:9; Heb 1:9
Zab. 5:6Img 6:19; 20:19; Yoh 8:44; Kl 3:9; 1Tm 3:11; Ivh 21:8; 22:15
Zab. 5:6It 4:10; 9:6; Zb 55:23; Yes 26:21
Zab. 5:6Zb 119:163; Img 6:17; 12:19; Hs 4:2; 1Pt 3:10
Zab. 5:7Zb 51:1; 69:13; Yon 4:2
Zab. 5:71Sm 3:3; 1Ng 16:1; Zb 84:10
Zab. 5:71Bm 8:29; Zb 28:2; 138:2
Zab. 5:8Zb 23:3; 25:5
Zab. 5:81Sm 18:14; Zb 27:11; 59:10
Zab. 5:8Zb 25:4
Zab. 5:9Zb 12:2; 52:2
Zab. 5:9Zb 58:2; Mik 6:12
Zab. 5:9Zb 140:3; Rm 3:13
Zab. 5:9Img 29:5; 1Ts 2:5; Yak 3:5
Zab. 5:10Rm 3:19
Zab. 5:102Sm 17:23; Zb 7:15
Zab. 5:102Sm 15:31; 2Ts 1:6
Zab. 5:101Sm 12:15; 15:23; Yes 1:20; 63:10; Ezk 20:21
Zab. 5:11Zb 40:16
Zab. 5:11Zb 35:27
Zab. 5:11Zb 34:3; 69:36
Zab. 5:12Zb 115:13; Img 10:6
Zab. 5:12It 15:1; Zb 3:3; 84:11
Zab. 5:12Zb 32:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 5:1-12

Zaburi

Ku muyobozi, kuri Nehiloti. Agahibongozo ka Dawidi.

5 Tega ugutwi amajambo yanje+, ewe Yehova;

Tahura ukuniha kwanje.

 2 Umviriza ijwi ry’ugutabaza kwanje+,

Ewe Mwami wanje+ n’Imana yanje, kuko ari wewe nsenga+.

 3 Ewe Yehova, mu gitondo uzokwumva ijwi ryanje+;

Mu gitondo nzokwitura, ngume ngavye+.

 4 Kuko utari Imana ihimbarwa n’ububisha+;

Nta mubi yobana nawe akanya na gatoyi+.

 5 Nta birata bohagarara imbere y’amaso yawe+.

Uranka koko abaza barakora ibintu bibabaza bose+;

 6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.

Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka.

 7 Nayo jewe, mu bwinshi bw’ubuntu bwuzuye urukundo bwawe+

Nzokwinjira mu nzu yawe+,

Nzokwunama nerekeza ku rusengero rwawe rweranda ngutinya+.

 8 Ewe Yehova, nunyobore mu bugororotsi bwawe+ kubera abansi banje+;

Sena inzira yawe imbere yanje+.

 9 Kuko mu kanwa kabo ata kintu co kwizigirwa kiriyo+;

Imbere muri bo ni amarushwa gusa+.

Umuhogo wabo ni imva irangaye+;

Bakoresha akarimi gasosa+.

10 Imana ntizobura kubabona nk’abagirwa n’icaha+;

Bazogwa kubera inama zabo bwite+.

Mu bigabitanyo vyabo indiri nibashwiragire+,

Kuko bakugararije+.

11 Ariko abahungira muri wewe bose bazonezerwa+;

Gushika igihe kitagira urugero*, bazokwiha akamo k’umunezero+.

Nawe uzozibira inzira ishika aho bari,

Kandi abakunda izina ryawe bazokwigina muri wewe+.

12 Kuko ubwawe uzohezagira umuntu wese w’umugororotsi+, ewe Yehova!

Uzobakikuza ugushimwa+, nk’aho ukoresheje inkinzo+ yagutse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika