ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abami 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 19:18; 1Bm 18:45; Hs 2:22

1 Abami 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:17; Gus 5:21; Hab 2:9; Lk 12:15; Rm 7:7; Yak 1:14; 2Pt 2:14
  • +1Sm 8:14
  • +Ums 2:5
  • +Gus 11:10
  • +It 16:6

1 Abami 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:18; Zb 97:10; Am 5:15
  • +Yos 22:5; 1Sm 24:6; 26:11
  • +Lw 25:23; Gh 36:7; Ezk 46:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2017, rup. 24

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 13

    1/8/1997, rup. 25

1 Abami 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:13; 18:14

1 Abami 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:31; 18:4; 19:2; 21:25; 2Bm 9:34
  • +Neh 2:2

1 Abami 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:3

1 Abami 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 8:14
  • +Mik 2:1; 7:3

1 Abami 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 11:14
  • +Neh 9:38; Est 8:8
  • +Gh 11:16; Gus 16:18

1 Abami 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:18

1 Abami 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:6
  • +1Sm 2:12; 2Sm 20:1; Img 17:23
  • +Kv 20:16; Gus 5:20; Img 6:19; 24:28; Yes 32:7; Ivk 6:13
  • +Kv 22:28; Lw 24:16; Mt 26:65; Ivk 23:5
  • +Lw 24:16; Yoh 10:33; Ivk 7:58

1 Abami 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:1; Lw 19:15

1 Abami 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 58:4

1 Abami 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:10; Ums 3:16; Am 5:12; Hab 1:4
  • +2Bm 9:26; Ums 4:1

1 Abami 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 5:8; 8:14; Hab 1:13

1 Abami 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:7; Img 4:17; Yr 22:17

1 Abami 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:18; Hab 2:12; Rm 1:32; 2Pt 2:15

1 Abami 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:12; Yes 26:21
  • +1Bm 17:1

1 Abami 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:29

1 Abami 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:10
  • +Hab 2:9
  • +Kv 21:23; Zb 7:15
  • +1Bm 22:38; 2Bm 9:25; Mt 7:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 15

1 Abami 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:17; Am 5:10; Gl 4:16
  • +1Bm 16:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 14-15

1 Abami 21:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba 1Bm 14:10, akajambo k’epfo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:7
  • +Kv 20:5; 2Bm 9:8; 10:7
  • +2Bm 10:17, 30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 15

1 Abami 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 15:29
  • +1Bm 16:3, 11
  • +1Bm 16:26

1 Abami 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 9:10, 35; Zb 7:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 120-121

1 Abami 21:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:11; 16:4; Yr 15:3; Ivh 19:18

1 Abami 21:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:30
  • +1Bm 16:31
  • +Gus 13:6; Abc 16:16; 2Ng 22:3; Ivh 2:20

1 Abami 21:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:21; Zb 96:5; Yr 10:14; 1Kr 8:4
  • +Kv 23:28; Gus 9:5; 2Ng 33:2

1 Abami 21:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 20:31; 2Kr 7:10
  • +Img 15:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 15

1 Abami 21:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:34
  • +Zb 86:15; Mik 7:18
  • +Kv 20:5; 2Bm 9:25; 10:7, 11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2021, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2014, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Abm. 21:1Yos 19:18; 1Bm 18:45; Hs 2:22
1 Abm. 21:2Kv 20:17; Gus 5:21; Hab 2:9; Lk 12:15; Rm 7:7; Yak 1:14; 2Pt 2:14
1 Abm. 21:21Sm 8:14
1 Abm. 21:2Ums 2:5
1 Abm. 21:2Gus 11:10
1 Abm. 21:2It 16:6
1 Abm. 21:3Lw 25:18; Zb 97:10; Am 5:15
1 Abm. 21:3Yos 22:5; 1Sm 24:6; 26:11
1 Abm. 21:3Lw 25:23; Gh 36:7; Ezk 46:18
1 Abm. 21:4Img 15:13; 18:14
1 Abm. 21:51Bm 16:31; 18:4; 19:2; 21:25; 2Bm 9:34
1 Abm. 21:5Neh 2:2
1 Abm. 21:61Bm 21:3
1 Abm. 21:71Sm 8:14
1 Abm. 21:7Mik 2:1; 7:3
1 Abm. 21:82Sm 11:14
1 Abm. 21:8Neh 9:38; Est 8:8
1 Abm. 21:8Gh 11:16; Gus 16:18
1 Abm. 21:9Img 6:18
1 Abm. 21:10Gus 17:6
1 Abm. 21:101Sm 2:12; 2Sm 20:1; Img 17:23
1 Abm. 21:10Kv 20:16; Gus 5:20; Img 6:19; 24:28; Yes 32:7; Ivk 6:13
1 Abm. 21:10Kv 22:28; Lw 24:16; Mt 26:65; Ivk 23:5
1 Abm. 21:10Lw 24:16; Yoh 10:33; Ivk 7:58
1 Abm. 21:11Kv 23:1; Lw 19:15
1 Abm. 21:12Yes 58:4
1 Abm. 21:131Bm 21:10; Ums 3:16; Am 5:12; Hab 1:4
1 Abm. 21:132Bm 9:26; Ums 4:1
1 Abm. 21:14Ums 5:8; 8:14; Hab 1:13
1 Abm. 21:151Bm 21:7; Img 4:17; Yr 22:17
1 Abm. 21:16Zb 50:18; Hab 2:12; Rm 1:32; 2Pt 2:15
1 Abm. 21:17Zb 9:12; Yes 26:21
1 Abm. 21:171Bm 17:1
1 Abm. 21:181Bm 16:29
1 Abm. 21:19It 4:10
1 Abm. 21:19Hab 2:9
1 Abm. 21:19Kv 21:23; Zb 7:15
1 Abm. 21:191Bm 22:38; 2Bm 9:25; Mt 7:2
1 Abm. 21:201Bm 18:17; Am 5:10; Gl 4:16
1 Abm. 21:201Bm 16:30
1 Abm. 21:212Bm 9:7
1 Abm. 21:21Kv 20:5; 2Bm 9:8; 10:7
1 Abm. 21:212Bm 10:17, 30
1 Abm. 21:221Bm 15:29
1 Abm. 21:221Bm 16:3, 11
1 Abm. 21:221Bm 16:26
1 Abm. 21:232Bm 9:10, 35; Zb 7:16
1 Abm. 21:241Bm 14:11; 16:4; Yr 15:3; Ivh 19:18
1 Abm. 21:251Bm 16:30
1 Abm. 21:251Bm 16:31
1 Abm. 21:25Gus 13:6; Abc 16:16; 2Ng 22:3; Ivh 2:20
1 Abm. 21:261Sm 12:21; Zb 96:5; Yr 10:14; 1Kr 8:4
1 Abm. 21:26Kv 23:28; Gus 9:5; 2Ng 33:2
1 Abm. 21:271Bm 20:31; 2Kr 7:10
1 Abm. 21:27Img 15:13
1 Abm. 21:29Zb 78:34
1 Abm. 21:29Zb 86:15; Mik 7:18
1 Abm. 21:29Kv 20:5; 2Bm 9:25; 10:7, 11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abami 21:1-29

1 Abami

21 Inyuma y’ivyo, ibi ni vyo vyabaye: hariho umurima w’imizabibu wari uwa Naboti Umuyezireyeli, ukaba wari i Yezireyeli+, hafi y’ikirimba ca Ahabu umwami wa Samariya. 2 Nuko Ahabu abwira Naboti ati: “Numpe+ umurima w’imizabibu wawe+, kugira ngo umbere umurima+ w’imboga+, kuko wegereye inzu yanje; ureke ndaguhe mu kibanza cawo umurima w’imizabibu mwiza kuwurusha. Canke nimba ari vyiza mu maso yawe+, ndaguha amahera bwa kiguzi cawo.” 3 Mugabo Naboti abwira Ahabu ati: “Ni ibitokwiyumvirwa+ kuri jewe, nisunze uko Yehova abona ibintu+, ko noguha intoranwa ya ba sogokuruza banje+.” 4 Nuko Ahabu aja iwe, yijiriwe kandi ajonjogoye kubera ijambo Naboti Umuyezireyeli yari yamubwiye, igihe yavuga ati: “Singuha intoranwa ya ba sogokuruza banje.” Maze aryama ku buriri bwiwe, mu maso hiwe aguma aharabishije ku ruhome+, ntiyarya umukate.

5 Amaherezo Yezebeli+ umugore wiwe yinjira aho ari hanyuma amubwira ati: “Kubera iki wijiriwe+ kandi nturye umukate?” 6 Na we amubwira ati: “Kubera ko navuganye na Naboti Umuyezireyeli nkamubwira nti: ‘Numpe umurima w’imizabibu wawe ku mahera. Canke, nimba ubishimye, ndaguhe uwundi murima w’imizabibu mu kibanza cawo.’ Mugabo avuga ati: ‘Singuha umurima w’imizabibu wanje+.’” 7 Maze Yezebeli umugore wiwe amubwira ati: “Mbega ubu ni wewe uri ku ngoma ya Isirayeli+? Haguruka, urye umukate kandi umutima wawe uryoherwe. Jewe ubwanje ndaguha umurima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+.” 8 Nuko yandika amakete+ mw’izina rya Ahabu araheza ayadomako ikidodo+ ca Ahabu, maze arungikira nya makete abagabo b’inararibonye+ n’abanyacubahiro bari mu gisagara ciwe babana na Naboti. 9 Mugabo muri ayo makete yandika ati+: “Nimutangaze ukwisonzesha maze mwicarike Naboti imbere y’abantu. 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”

11 Nuko abagabo b’igisagara ciwe, abagabo b’inararibonye n’abanyacubahiro baba mu gisagara ciwe, bakora nk’uko nyene Yezebeli yari yabatumyeko, nk’uko nyene vyari vyanditswe mu makete yari yabarungikiye+. 12 Batangaza ukwisonzesha+ maze bicarika Naboti imbere y’abantu. 13 Nuko abagabo babiri, abantu b’imburakimazi, barinjira hanyuma bicara imbere yiwe; nya bagabo b’imburakimazi batangura gushinga intahe imwagiriza, ni ukuvuga Naboti, imbere y’abantu, bati: “Naboti yavumye Imana n’umwami+!” Inyuma y’ivyo baramusohora, bamujana ku mubari w’igisagara baraheza bamutera amabuye, ku buryo apfa+. 14 Hanyuma batuma kuri Yezebeli bati: “Naboti yatewe amabuye arapfa+.”

15 Yezebeli akimara kwumva yuko Naboti yari yatewe amabuye ku buryo apfa, aca abwira Ahabu ati: “Haguruka wigarurire wa murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli+, umwe yanka kuguha ku mahera; kuko Naboti atakiriho, mugabo yapfuye.” 16 Ahabu akimara kwumva ko Naboti yapfuye, aca arahaguruka ngo amanuke ku murima w’imizabibu wa Naboti Umuyezireyeli, kugira ngo awigarurire+.

17 Nuko ijambo rya Yehova+ riza kuri Eliya+ Umutishibe riti: 18 “Haguruka, umanuke guhura na Ahabu umwami wa Isirayeli, uwuri i Samariya+. Ehe ari mu murima w’imizabibu wa Naboti, aho yamanutse kugira ngo awigarurire. 19 Umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Mbega wishe+ wongera urigarurira+?”’ Wongere umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ahantu+ imbwa zarigatiye amaraso ya Naboti ni ho zizorigatira amaraso yawe, egome, ayawe+.”’”

20 Maze Ahabu abwira Eliya ati: “Wandonse ga wa mwansi wanje we+?” Na we ati: “Nakuronse. ‘Kubera ko wihebeye gukora ibibi mu maso ya Yehova+, 21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli. 22 Kandi inzu yawe nzoyigira nk’inzu ya Yerobowamu+ mwene Nebati nongere ndayigire nk’inzu ya Bayasha+ mwene Ahiya, kubera ukubabaza wambabarishije, maze ugatuma Isirayeli icumura+.’ 23 Ku bijanye na Yezebeli na ho nyene, Yehova avuze ati: ‘Egome, imbwa zizorira Yezebeli mu gihimba c’itongo c’i Yezireyeli+. 24 Uwo mu ba Ahabu wese azopfira mu gisagara imbwa zizomurya; uwuzopfira mu gahinga wese na we, ibiguruka vyo mu kirere bizomurya+. 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+. 26 Maze atangura gukora mu buryo buteye ishishi rwose mu gukurikira ibigirwamana vy’umwanda+, nk’uko Abamori bose bari barakoze, abo Yehova yirukanye bakava imbere ya bene Isirayeli+.’”

27 Ahabu akimara kwumva ayo majambo, atantamura impuzu ziwe yongera ashira igunira+ ku mubiri wiwe; atangura kwisonzesha, aguma aryama mw’igunira kandi agenda yiraburaniwe+. 28 Maze ijambo rya Yehova riza kuri Eliya Umutishibe riti: 29 “Mbega wabonye ukuntu Ahabu yicishije bugufi kubera jewe+? Ko yicishije bugufi kubera jewe, sinzozana ivyo vyago mu misi yiwe+. Mu misi y’umuhungu wiwe ni ho nzozana ivyo vyago ku nzu yiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika