ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 37
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 37:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 28:5

Yobu 37:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:1

Yobu 37:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:11; Zb 97:4; Lk 17:24

Yobu 37:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 40:9; Zb 29:3
  • +Zb 148:13
  • +Zb 68:33

Yobu 37:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:14
  • +Ums 3:11; Ivh 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 8

Yobu 37:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 147:16; Yes 55:10
  • +Am 9:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 8

Yobu 37:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 8

Yobu 37:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:22

Yobu 37:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:3
  • +Img 25:23

Yobu 37:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:29; Zb 147:16
  • +Yb 26:8; 28:25; 38:30

Yobu 37:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:3

Yobu 37:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 148:8

Yobu 37:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:23; 1Sm 12:18; Yb 36:31
  • +Yb 38:27
  • +1Bm 18:45; Yak 5:18

Yobu 37:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 111:2; 145:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 116-117

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 8

Yobu 37:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:4

Yobu 37:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:29
  • +Yb 36:4; Zb 18:30; 104:24

Yobu 37:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:55

Yobu 37:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:24

Yobu 37:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:34

Yobu 37:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:27; 29:11; Zb 8:1

Yobu 37:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:3; Ums 3:11; Rm 11:33
  • +1Ng 29:11; Yb 36:22; Yes 40:26
  • +Gus 32:4; Zb 33:5; 37:28
  • +Zb 11:7; 71:19
  • +Ivk 10:35

Yobu 37:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:8; Img 1:7; Mt 10:28
  • +Img 3:7; Mt 11:25; Rm 11:20; 12:16; 1Kr 1:26

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 37:11Sm 28:5
Yobu 37:2Yb 38:1
Yobu 37:3Yb 37:11; Zb 97:4; Lk 17:24
Yobu 37:4Yb 40:9; Zb 29:3
Yobu 37:4Zb 148:13
Yobu 37:4Zb 68:33
Yobu 37:52Sm 22:14
Yobu 37:5Ums 3:11; Ivh 15:3
Yobu 37:6Zb 147:16; Yes 55:10
Yobu 37:6Am 9:6
Yobu 37:8Zb 104:22
Yobu 37:9Zb 104:3
Yobu 37:9Img 25:23
Yobu 37:10Yb 38:29; Zb 147:16
Yobu 37:10Yb 26:8; 28:25; 38:30
Yobu 37:11Yb 37:3
Yobu 37:12Zb 148:8
Yobu 37:13Kv 9:23; 1Sm 12:18; Yb 36:31
Yobu 37:13Yb 38:27
Yobu 37:131Bm 18:45; Yak 5:18
Yobu 37:14Zb 111:2; 145:5
Yobu 37:15Yb 38:4
Yobu 37:16Yb 36:29
Yobu 37:16Yb 36:4; Zb 18:30; 104:24
Yobu 37:17Lk 12:55
Yobu 37:18Yes 44:24
Yobu 37:20Rm 11:34
Yobu 37:221Ng 16:27; 29:11; Zb 8:1
Yobu 37:23Zb 145:3; Ums 3:11; Rm 11:33
Yobu 37:231Ng 29:11; Yb 36:22; Yes 40:26
Yobu 37:23Gus 32:4; Zb 33:5; 37:28
Yobu 37:23Zb 11:7; 71:19
Yobu 37:23Ivk 10:35
Yobu 37:24Zb 33:8; Img 1:7; Mt 10:28
Yobu 37:24Img 3:7; Mt 11:25; Rm 11:20; 12:16; 1Kr 1:26
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 37:1-24

Yobu

37 “Koko ivyo bituma umutima wanje utangura kujugumira+,

Ugasimbasimbira mu kibanza cawo.

 2 Nimwumvirize mwitonze ukwasana kw’ijwi ryayo+,

N’ukuroha gusohokana mu kanwa kayo.

 3 Munsi y’amajuru yose irakurekura,

Umuravyo+ wayo ugashika ku mpera z’isi.

 4 Inyuma yawo ijwi rirasana;

Iraturagara+ n’ijwi ry’ubukuru bwayo+,

Kandi yo ntibitangira iyo ijwi ryayo ryumvikanye+.

 5 Imana ituragara n’ijwi+ ryayo mu buryo butangaje,

Igakora ibintu bikomeye tudashobora kumenya+.

 6 Kuko ibwira shelegi iti: ‘Gwa ugana kw’isi+,’

Ikabibwira n’isegenya ry’imvura, mbere n’isegenya ry’imvura yayo ikomeye+.

 7 Ku kuboko kw’umuntu wese yakuwe mw’ivu ihashira ikidodo kirumya

Ngo umuntu buntu wese amenye igikorwa cayo.

 8 Igikoko kiza mu kibundo,

Mu bwikingo bwaco ni ho cibera+.

 9 Umuyaga w’ikirura uzanana mu cumba+,

Ubukanye na bwo bukazanana n’imiyaga yo mu buraruko+.

10 Biciye ku mpemu z’Imana, ibibarafu biraboneka+,

Ubwaguke bw’amazi na bwo bukaguma butangiriwe+.

11 Egome, igicu ikiremereza akabombera,

Umuco+ wayo urasanzaza ikigwi c’igicu,

12 Kandi bizungurutswa inzinguzingu iyo ibiyoboye ku bw’igikorwa cavyo

Aho hose iba ibitegetse+ ku butaka bwimbuka bw’isi.

13 Haba ku bw’inkoni+ canke ku bw’igihugu cayo+

Canke ku bw’ubuntu bwuzuye urukundo+, ituma bigira ico bivamwo.

14 Tega ugutwi ibi, Yobu we;

Hagarara uzirikane ibikorwa vy’agatangaza vy’Imana+.

15 Mbega urazi igihe Imana yabigenera itegeko+,

N’igihe yatuma umuco w’igicu cayo uca ibibatsi?

16 Mbega urazi ingene ibicu bihagarara mu kirere ata kuyumbayumba+,

Ibikorwa vy’agatangaza vy’Umwe atagira akanenge mu bumenyi+?

17 Urazi ingene impuzu zawe zishuha

Igihe isi iba ari impore guhera mu bumanuko+?

18 Mbega ufatanije na yo woshobora guhondagura amajuru+

Agumaraye nk’icirore c’icuma gishongeshejwe?

19 Tumenyeshe ivyo dukwiye kuyibwira;

Ntidushobora kuronka amajambo kubera umwiza.

20 Yoba ikwiye kubwirwa ko ngomba kuvuga?

Canke hari uwigeze kuvuga yuko izobimenyeshwa+?

21 Ubu mu vy’ukuri ntibabona umuco;

Urakayangana mu majuru,

Iyo umuyaga urenganye ukabikubura.

22 Ubwiza bwakaka nk’inzahabu buzananye mu buraruko.

Iteka+ riri ku Mana rirateye ubwoba.

23 Ariko Mushoboravyose we, ntitwamumenye+;

Ni agahebuza mu bubasha+,

Kandi ubutungane+ be n’ubwinshi bw’ubugororotsi+ ntazobigaya+.

24 Abantu rero nibamutinye+.

Ntaraba n’umwe mu bari inkerebutsi mu mutima wabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika