ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 42
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 42:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:37

Zaburi 42:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 42:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:1
  • +Gus 32:40; Yos 3:10; Yr 10:10; Mt 16:16; 1Ts 1:9
  • +Zb 27:4; 84:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 42:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:5; 102:9
  • +Zb 3:2; 79:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 9

Zaburi 42:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 30:16; Zb 62:8
  • +1Ng 16:1
  • +Gus 16:14; Ef 5:19; Kl 3:16
  • +Gus 16:16; 2Ng 30:23

Zaburi 42:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:4; Mr 14:34
  • +Zb 43:5
  • +Zb 37:7; 71:14; Int 3:24; Mik 7:7
  • +Zb 43:5

Zaburi 42:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:1; 43:5; Img 12:25; Yoh 12:27
  • +Yon 2:7
  • +Gus 3:8
  • +Zb 48:2; 68:16; 132:13

Zaburi 42:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 88:7
  • +Yon 2:3

Zaburi 42:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:8
  • +Yb 35:10; Zb 32:7; 63:6
  • +Zb 27:1

Zaburi 42:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:2
  • +Zb 13:1
  • +Zb 38:6; 43:2; Ums 4:1

Zaburi 42:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:11; 102:8
  • +Zb 3:2; 79:10; Yw 2:17; Mik 7:10

Zaburi 42:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 42:5
  • +Zb 43:5
  • +Zb 37:7; 71:14
  • +Zb 42:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 42:akajambo k’intangamarara1Ng 6:37
Zab. 42:1Yes 26:8
Zab. 42:2Zb 63:1
Zab. 42:2Gus 32:40; Yos 3:10; Yr 10:10; Mt 16:16; 1Ts 1:9
Zab. 42:2Zb 27:4; 84:2
Zab. 42:3Zb 80:5; 102:9
Zab. 42:3Zb 3:2; 79:10
Zab. 42:4Yb 30:16; Zb 62:8
Zab. 42:41Ng 16:1
Zab. 42:4Gus 16:14; Ef 5:19; Kl 3:16
Zab. 42:4Gus 16:16; 2Ng 30:23
Zab. 42:5Zb 55:4; Mr 14:34
Zab. 42:5Zb 43:5
Zab. 42:5Zb 37:7; 71:14; Int 3:24; Mik 7:7
Zab. 42:5Zb 43:5
Zab. 42:6Zb 22:1; 43:5; Img 12:25; Yoh 12:27
Zab. 42:6Yon 2:7
Zab. 42:6Gus 3:8
Zab. 42:6Zb 48:2; 68:16; 132:13
Zab. 42:7Zb 88:7
Zab. 42:7Yon 2:3
Zab. 42:8Gus 28:8
Zab. 42:8Yb 35:10; Zb 32:7; 63:6
Zab. 42:8Zb 27:1
Zab. 42:92Sm 22:2
Zab. 42:9Zb 13:1
Zab. 42:9Zb 38:6; 43:2; Ums 4:1
Zab. 42:10Zb 31:11; 102:8
Zab. 42:10Zb 3:2; 79:10; Yw 2:17; Mik 7:10
Zab. 42:11Zb 42:5
Zab. 42:11Zb 43:5
Zab. 42:11Zb 37:7; 71:14
Zab. 42:11Zb 42:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 42:1-11

Zaburi

IGITABU CA KABIRI

(Zaburi 42 – 72)

Ku muyobozi. Masikili ku bwa bene Kora+.

42 Nk’uko impongokazi yipfuza cane imigezi y’amazi,

Ni ko umutima wanje ukwipfuza cane, Mana we+!

 2 Umutima wanje uranyotewe Imana+, uranyotewe Imana nzima+.

Nzoza ryari ngo nseruke imbere y’Imana+?

 3 Amosozi yanje ambereye ibifungurwa umurango n’ijoro+,

Na bo bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?”

 4 Ibi nzovyibuka, nsuke umutima wanje imbere muri jewe+.

Kuko nahora ndengana ndi kumwe n’ikinja,

Nahora ngendera imbere yabo buhorobuhoro nja ku nzu y’Imana+,

N’ijwi ry’akamo k’umunezero n’ugukenguruka+,

Ry’isinzi rihimbaza umusi mukuru+.

 5 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?

Kubera iki usebagirika muri jewe+?

Rindira Imana+,

Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye+.

 6 Ewe Mana yanje, muri jewe umutima wanje wihebuye+.

Ni co gituma nkwibuka+,

Nkakwibuka ndi mu gihugu ca Yorodani no ku masonga ya Herumoni+,

Ndi kuri wa musozi mutoyi+.

 7 Inyenga y’amazi ihamagara inyenga y’amazi

Iyo yumvise ijwi ry’imigende yawe y’amazi+.

Imikuba isuriranya yawe yose be n’imipfunda yawe,

Vyaciye hejuru yanje+.

 8 Ku murango Yehova azotegeka ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe+,

Mw’ijoro na ho ururirimbo rwiwe ruzobana nanje+;

Imana y’ubuzima bwanje izoturwa isengesho+.

 9 Nzobwira Imana yo rutare rwanje+ nti:

“Kubera iki wanyibagiye+?

Kubera iki ngenda mbabaye bitewe n’agahahazo k’umwansi+?”

10 Abanyanka bansize iceyi, basinzikaza amagufa yanje+,

Bukarinda bwira bambwira ngo: “Imana yawe iri hehe+?”

11 Ewe mutima wanje, kubera iki wihebuye+?

Kubera iki usebagirika muri jewe+?

Rindira Imana+,

Kuko nzoshishikara kuyihaya ko ari yo bukiriro bwanje buhambaye, ko ari yo Mana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika