ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza gutera ico gisagara, mu gihe abasuku biwe bari bagisugereje+.

  • 2 Abami 24:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nayo abagabo b’intwari bose, ibihumbi indwi, n’abahinguzi b’utugenegene n’abubatsi b’ibibambazi, igihumbi, abagabo b’abanyenkomezi bose barwana intambara, umwami wa Babiloni abajana i Babiloni ari inyagano+.

  • Ezira 5:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ariko kubera yuko ba data bateye ishavu+ Imana y’amajuru, yarabatanze+ mu kuboko kwa Nebukadinezari+ umwami wa Babiloni Umukaludaya+, maze uno abomora iyi nzu+ yongera atwara abantu mu bunyagano i Babiloni+.

  • Imigani 10:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ikintu c’agacavutu ku mubisha, emwe, ico ni co kizomuzako+; ariko ico abagororotsi bipfuza bazogihabwa+.

  • Yeremiya 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko Yehova aranyereka, maze mbona ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rwa Yehova, inyuma y’aho Nebukadirezari umwami wa Babiloni ajaniye mu bunyagano Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, n’abaganwa ba Yuda n’abahinguzi b’utugenegene+ n’abubatsi b’ibibambazi, abakuye i Yeruzalemu kugira ngo abajane i Babiloni+.

  • Yeremiya 27:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 ivyo Nebukadinezari umwami wa Babiloni atajanye igihe yatwara Yekoniya+ mwene Yehoyakimu, umwami wa Yuda, mu bunyagano i Babiloni amukuye i Yeruzalemu, ari kumwe n’abanyacubahiro bose ba Yuda n’aba Yeruzalemu+;

  • Yeremiya 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 inyuma  y’aho  Yekoniya+ umwami, n’umugore w’iteka+, n’abakozi bo ku kirimba, abaganwa ba Yuda n’aba Yeruzalemu+, n’abahinguzi b’utugenegene, n’abubatsi b’ibibambazi+ baviriye i Yeruzalemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika