ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 “Nibagucumurako+ (kuko ata muntu adacumura+), maze bikaba ngombwa ko ubarurumbira ishavu, ukabagabura ku mwansi, hanyuma bene kubagira imbohe bakabatwara koko ari imbohe mu gihugu c’umwansi ca kure canke ca hafi+;

  • Yesaya 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Riragowe ihanga ry’iricumuzi+, abantu buzuye amakosa, uruvyaro rukora ikibi+, abana b’abononyi+! Barahevye Yehova+, ntibubashe wa Mweranda wa Isirayeli+, basubiye inyuma+.

  • Yesaya 59:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.

  • Yeremiya 6:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Bose ni abantu b’akagagazo kuruta abandi+, abantu bagendagenda ari ababesheranyi+, bameze nk’umujumpu n’icuma. Bose bakora ivy’uguhonya+.

  • Ezekiyeli 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Mwana w’umuntu, ku bijanye n’igihugu, nicancumurako mu gukora ivy’ubuhemu+, nanje nzokiramvurirako ukuboko kwanje, mvune inkoni zaco zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, kandi nzokirungikako ikigoyi+, ndandure muri co icitwa umuntu yakuwe mw’ivu be n’igitungwa+.”

  • Ezekiyeli 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 biciye ku maraso washeshe waragiriwe n’ikosa+, kandi biciye ku bigirwamana vyawe vy’umwanda wakoze, warahumanye+. Wigiza hafi imisi yawe, kandi uzoshika ku myaka yawe. Ni co gituma nzokugira iceyi ku mahanga be n’akamenyo ku bihugu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika