ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 18
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 18:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:3; Ezk 30:4; Zf 3:10

Yesaya 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:4; Ezk 30:9
  • +2Ng 12:3; 14:9; 16:8

Yesaya 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:8; 96:13; Img 8:31; Yes 26:18; Int 4:12
  • +Yes 5:26; 13:2
  • +Yw 2:1; Am 3:6; Zk 9:14

Yesaya 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 132:13; Hs 5:15
  • +2Sm 23:4
  • +Img 25:13

Yesaya 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:7; 17:11; Lk 8:14

Yesaya 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:19; Ezk 29:5
  • +Yes 34:3; Yr 15:3; Ezk 32:4; Ivh 19:17

Yesaya 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:23; Yes 2:2; Mal 1:11
  • +Yes 60:4; Zk 14:16
  • +Yes 8:18; 24:23; Yw 3:17; Mik 4:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 18:1Yes 20:3; Ezk 30:4; Zf 3:10
Yes. 18:2Yes 30:4; Ezk 30:9
Yes. 18:22Ng 12:3; 14:9; 16:8
Yes. 18:3Zb 33:8; 96:13; Img 8:31; Yes 26:18; Int 4:12
Yes. 18:3Yes 5:26; 13:2
Yes. 18:3Yw 2:1; Am 3:6; Zk 9:14
Yes. 18:4Zb 132:13; Hs 5:15
Yes. 18:42Sm 23:4
Yes. 18:4Img 25:13
Yes. 18:5Yes 5:7; 17:11; Lk 8:14
Yes. 18:6Yes 14:19; Ezk 29:5
Yes. 18:6Yes 34:3; Yr 15:3; Ezk 32:4; Ivh 19:17
Yes. 18:72Ng 32:23; Yes 2:2; Mal 1:11
Yes. 18:7Yes 60:4; Zk 14:16
Yes. 18:7Yes 8:18; 24:23; Yw 3:17; Mik 4:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 18:1-7

Yesaya

18 Ewe gihugu kiraho c’udukoko tuduma tw’amababa, kiri mu karere k’inzuzi za Etiyopiya+! 2 Ni co kirungika intumwa+ gikoresheje ikiyaga, gikoresheje kandi ivyombo vy’urufunzo ku buringanire bw’amazi, kiti: “Nimugende mwa ntumwa zinyaruka, muje kw’ihanga rirehutse kandi risenye, ku gisata gitera ubwoba hose, ihanga ry’inkomezi zidacika kandi rihonyangira hasi, ry’ubutaka bwakukumuwe n’inzuzi+.”

3 Yemwe mwese ababa ku butaka bwimbuka+ namwe ababa kw’isi: muzobona ikintu gitangaje nk’igihe hadugijwe ikimenyetso ku misozi+, kandi muzokwumva ijwi nk’igihe havugijwe inzamba+. 4 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye: “Nzoguma ntekanye, ndabe ahantu hanje hashimangiwe+, nk’ubushuhe buca ibibatsi kumwe n’umuco+, nk’igicu c’ikime mu bushuhe bwo mw’iyimbura+. 5 Kuko imbere y’iyimbura, igihe ishurika rihwanye, n’ishurwe rigacika inzabibu iriko irasha, umuntu ategerezwa rero gucacura udushami n’imihoro yo gututūra, agategerezwa no gukurako uturandaranda, akabica+. 6 Bose hamwe bazoheberwa inyoni ihiga yo mu misozi n’igikoko co kw’isi+. Kandi inyoni ihiga izobimarako ici, n’igikoko cose co kw’isi kizobimarako igihe c’iyimbura+.

7 “Muri ico gihe Yehova nyen’ingabo azozanirwa ituro+, rivuye ku gisata c’abantu kirehutse kandi gisenye+, mbere rivuye ku gisata gitera ubwoba hose, ihanga ry’inkomezi zidacika kandi rihonyangira hasi, ry’ubutaka bwakukumuwe n’inzuzi, nya turo rije ahantu h’izina rya Yehova nyen’ingabo, umusozi Siyoni+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika